Umumenyereza Bipfubusa Joslin yaraye ashize umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c’Urwanda. Joslin akaba yashize umukono ku masezerano yo kumenyereza uwo mugwi mu kiringo c’imyaka itatu. Bimwe…
Uno musi icizere Cari gihari, nuko Indirimbo ya Mugani Desire na Bruce Melodie yoba iri mu nzira, hasigaye gato cane ngo isohoke. Uwo muririmvyi aheruka gutahuka avuye mu bikorwa ku mugabane w'Uburayi, we siko abibona.…
Igihuha kigezweho muri ino misi n'ikinjura rya Neymar muri PSG, akaja mu wundi mugwi utarabasha kumenyekana neza. Naho atakiratomorwa neza, ngo ibiheruka gushikirizwa na Nasser Al-Khelaïfi asanzwe atwara uwo mugwi, ngo…
Imwe mu myidogo igize igihe iriko iravugwa hirya no hino, n'ibura ry'indirimbo zisohoka ku bwinshi, z'abaririmvyi bo muri Bantu Bwoy. Mu kiganiro Big Fizzo aheruka gutanga aganutse avuye I Burayi, yagarutse…
Nk’uko vyama buri kwezi , ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama rishira ahabona ingene ibihugu bisumbasumbanya ibibanza kw’isi , Uburundi bwisanze mu kibanza ca 140 mugihe bwari mu kibanza ca 139 , bukaba…
Mu gitigiri c'ama Ambassades igihugu ca Canada gifise muri Afrika ngo hagiye kuboneka iyindi nshasha. Mu gihe umushikiranganji wa mbere wa Canada abarizwa i Kigali mu nama y'abakuru b'ibihugu bihurikiye mu…
Nkuko twagiye turabibamenyesha mu makuru yacu Vichou love igenekerezo rya 5 Rusama 2022 niho yashize ahabona album yiwe ku mugaragaro izwi kw'izina rya Embargo, ikaba iboneka no kuri youtube yiwe. Vichou Love Abakunzi…
Mu gihe yaramaze igihe adashira ahabona Vlog n'imwe canke video ya Comedy, umuririmvyi Alvin Smith yasubiriye Kandi kuboneka muma Vlog. Kuva aho umutambukanyi wiwe ashikiye hano, aje mu karuhuko n'ukuraba umuryango,…
Mu gihe muri ino misi ibijanye n'ukuba Umu Star Ari kimwe mu bibazo bikomeye mu gisata c'umuziki, Big Fizzo we yavuze ico we abona kuri uwo muce. Uwo muririmvyi akaba abona ko hari urugero rw'ama Hit utegerezwa…
Indirimbo nshasha y'umuririmvyi Pablo Tiken iri mu nzira, iyo ndirimbo ikaba izoba ibaye iya 3 asohoye inyuma y'igaruka ryiwe mu Muziki. Iyo ndirimbo igira gatatu, ikaba izoba Ari Collabo nkuko izo zindi 2 yaheruka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.