Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-b ngo hari ivyo yashobora gukora muri 2020, uno musi muri 2022 adashobora gukora, birimwo gutakariza umwanya abamenyeshamakuru. Mu kiganiro Sat-b aheruka guha mugenzi wacu Landry Promoter,…
Mana nyene urukundo, wewe ivyiza vyose bikomokako,Amahoron’umwidegemvyoturimwomuBurunditubikeshawewe ubwawe, Mana Mushoboravyose. Nuninahazwe imyaka n’imyaka. Bavukanyi mwese ; Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Aho…
Ni mugihe hirya no hino bivugwa y’uko abo baririmvyi babiri Big fizzo na Sat B badacana uwaka, bamwe bikabasiga, ngo kubera iki iyo umwe asohoye indirimbo hataboneka gushigikirana kandi ugerageje kuraba ku mbuga zabo…
Mkombozi ni umuririmvyi w'umurundi, umu rapeur asanzwe avuka i Nyanza Lac . Twatanguye kumumenya Ku ndirimbo yiwe "Zawadi ya Mwaka" yaririmbanye na Big Fizzo. Nkuko wenyene avyivugira ngo urugendo rwari…
Igenekerezo rya 1/7 Indirimbo nshasha ya Mkombozi izoba igiye ahabona. Muri Iyo ndirimbo Nzeyimana Thomas ngo azogaruka ku bibazo yagize. Nkuko yavyanditse ku mbuga ngurikanabumenyi asanzwe akoresha, ngo iyo ndirimbo…
Jesus Audry ngo n'umufana bikomeye wa Kigingi, Kandi kuva kera eka ngo uwo mugirwa azowubandanya. Mu kiyago yagiranye na Juste Gael, Audry yavuze ko kuba yarabashije gukinana na Kigingi kuri Podium imwe, ngo ryabaye…
Muri PSG umugabo ashika ku masaha gusumba abandi ngo ni Lionel Messi, ivyo biheruka gushikirizwa na wa murundi asanzwe asangiye umugwi n'ico gihangange. Mu kiganiro Thilo kehrer yahaye Jimbere Magazine, yabajijwe…
Kuba hari abigeme bahagarika umuziki inyuma yo kugira ubugeni, ngo birababaje cane. Ivyo biheruka gushikirizwa na B Face ubwiwe mw'ijambo yashikirije mu bukwe. Muri iryo Jambo, uwo muririmvyi yasavye umushingantahe wa…
Umugwi Glentoran wasezeye umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana. Mw’itanganzo uwo mugwi washize ku mugaragaro, werekanye y’uko amasezerano hagati ya Glentoran na Bigirimana Gael azorangira mu ndwi iza. Uwo…
Inyuma y’amezi agera kuri 8 ashomereye , umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Marco Weymans yaronse umugwi. Marco Weymans akaba agiye gukinira umugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu c’Ububirigi witwa Koninklijke Beerchot…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.