Ngo iyo umuririmvyi agiye hanze y'igihugu kenshi haboneka kudasubira kuboneka ku rubuga rw'umuziki, ivyo bikaba bimaze kugaragara ku baririmvyi batari bake b’abarundi. Bamwe muribo uko bagenda barabisigura bavuga…
Uvuze Biliman boys twumva Double Jay na Kirikou abaririmvyi babiri mu nyuma yo kuba batakibarizwa muri Bantu Bwoy bahisemwo gukora umurwi umwe. Indirimbo “Ibisusu” niyo bamaze gukora kuva aho bafatiye ingingo yo kuja hamwe.…
Ibura ry'abagwizatunga mu Muziki w'Uburundi, ni kimwe mu bibazo abakurikiranira hafi umuziki wa hano iwacu babona ko Arico kizingamitse umuziki, kuko ngo ku ruhande rw'abaririmvyi ibitari bike bimaze gukorwa,…
Mu gihe Leta y'Ubwongereza yaheruka gushira ahabona ko yagiriraniye amasezerano n'igihugu c'Urwanda, yo kurungika abariko basaba ubuhungiro muri ico gihugu, kugira ama Dossier yabo yigwe ariko bari mu Rwanda,…
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro na bagenzi bacu, Big Fizzo yavuze ko ku mugabane…
Kimwe mu biganiro bikunzwe hano iwacu, n'ikiganiro Fun & Fact gisanzwe gitegurwa n'ikinyamakuru Siren Vibe, kigashikirizwa n'abamenyeshamakuru 4. Mu kiganiro Hangout ca Jimbere Magazine gikorwa na Kaboss…
Abantu 338 nibo bemezwa na Leta ya Ethiopie ko biciwe mu gitero cabaye mu ntango z'ukwezi kwa 6 mu gace ka Oromia. Ico gitero cagirijwe abagwanyi bo mu mugwi w'aba Oromia Liberation Army ariko bakabihakana, Nico…
Lionel Messi nawe ngo ashobora kuba Ari mu gitigiri c'abakinyi ba PSG bashobora kuzinga ivyabo bagakinjura uwo uwo mugwi muri iri ci. Muri ino misi, umukinyi w'umunya Bresil, Neymar Jr, amaze gushirwa mu gitigiri…
B face ngo nta mugambi afise wo guhagarika gushigikira abaririmvyi bakiri bato, naho abo ashigikira batabimushimira. Mu biganiro yaba B face co kimwe na Meili baheruka gutanga, bose ntibahuriza ku ruhara rwa B Face…
Mu gihe Sadio Mane yaseseye Liverpool, akerekeza mu budagi muri Bayern Munich, Mohamed Salah wewe yemeye kubandanya arikumwe n'uwo mugwi. Kuri uyu wa 5, niho umunya Egiputa, Mohamed Salah, yashira umukono ku masezerano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.