Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum ngo azohimbariza hano iwacu imyaka 60 igihugu cacu kuronse intahe yo kwikukira. Uwo muririmvyi w'umurundi ari mu bakomeye muri Kenya iyo asanzwe aba, akaba yagabishije abanya…
Imbere yuko umwaka uhera, Diamond Platnumz ngo ategerezwa kuzoba yamaze gushikana indege yiwe bwite muri Tanzania. Ukugura iyo ndege ngo bisunikwa nuko ubu asigaye azunguruka cane isi, Kandi afise umugwi munini w'abanti…
Amarira ni yose ku muririmvyikazi Muhoza Godas, inyuma y'ukwibwa urubuga rwiwe rwa YouTube. Ku musi w'ejo, niho hamenyekanye ko urubuga rwiwe rwibwe, Kandi uwarwivye uwo muririmvyikazi yemeza ko Ari I Burundi, kuko…
Mu gihe Mow Kanzie asa n'uwuri mu gacerere mu Bijanye n'ibikorwa vy'indirimbo, kuko iyiheruka ari iyo yakoranye na Kidum, Aho yamusanga muri Kenya, asaba abakunzi biwe kuguma bari maso. Mu kiyago na Dushi…
Cedric Amissi : «Urukino ruzoduhuza na Namibia nirwo ruzoduha amahirwe yo kubona y’uko twoja muri CAN ». Abajijwe ingene yiteguriye urwo rukino ndetse n’urukino rukurikira, Cedric Amissi akaba yagize ati: «Twe twiteguye neza…
Uno musi abafana ba Paris Saint Germain, ntibahuriza kuri kazoza k'umukinyi w'umunya Bresil akinira uwo mugwi ariwe Neymar Jr. bamwe bakaba babona ko yokinjura, abandi bakabona ko yohaguma. Uwo mukinyi mukinyi ngo…
Akaririmbo kahawe izina rya Yuda niko kagiye gushirwa ahabona na Yvan Muziki mu misi ya Vuba. Naho hatamenyekanye umusi kazoshirirwa ahabona, Yvan Muziki yashize ahabona ko kazoshirirwa ahabona rimwe n'amasanamu yako.…
Mw'ibihero ngo ntivyoroshe, ariko igikomeye n'ukwoha amahoro, kugira ubashe kubaho neza nay'ahandi wosara. Ayo n'amwe mu majambo umuririmvyi Baraka Olegue azwi cane nka Delegue General yabwiye umwe mubo…
Ikigezweho kuri Fortran Bigirimana n'indirimbo nshasha aheruka gushira ahabona yise Ni wewe. Iyo ndirimbo ikaba yanasohorewe amasanamu. Mu kiganiro aheruka guha abamenyeshamakuru, Fortran yavuze ko hari abaririmvyi…
Inyuma y'amezi hafi 3 adakora igiteramo ku mugabane w'Uburayi, Ukwezi kwa 6 kugiye gusubira Kandi kubera umugisha Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo. Inyuma y'igiteramo azokorera mu bwongereza igenekerezo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.