Israel Mbonyi n'umwe mu baririmvyi batarerekana Umukobwa barikumwe mu rukundo, ibihora bimuviramwi buri gihe ikibazo gikomeye Kandi kitigera kimworohera kwishura. Muri ino misi, ico kibazo nyene kikaba cagarutse Aho uwo…
Pastor Dieudonne Nahimana ngo ugukizwa kwiwe kwahereye mu gupinga n’umugenzi wiwe, noneho atahura ivyo atari bwigere abwirwa na rimwe n’abo yemera nk’abavyeyi biwe bo mu mpwemu. Mu kiganiro Hangout ca Jimbere Magazine, Past.…
Fortran Bigirimana agiye kumara imisi 7 I Kigali aho yitabiriye ibikorwa vy’igikorane kiriko kibera muri ico gisagara aho yatumiwe n’umwe mu bakozi b’Imana bakomeye muri ico gihugu. Fortran Bigirimana yarafise igiteramo mu…
Inyuma y'igihe kitari gito amakuru hariko hasabwa ko Bantu Bwoy yoshira ahabona umuririmvyikazi bazoshira muri Bantu Bwoy, uwo muririmvyikazi yatanguye gukekwa naho ataco biravugwako. Ku basanzwe bakurikiranira hafi…
Inyuma yo kubura igiteramo yokoreye mu bwongereza, Big Fizzo ngo agiye gukorera igiteramo ku mugabane wa Amerika. Mu makuru dukesha urubuga rwa Instagram Rwa Yassin umwe mu begereye uwo muririmvyi nuko uwo muririmvyi…
Mu makuru yacu aheruka twarababwiye ko umurwi Urunani BBC inyuma yo gutakariza urukino mu ntara ya Gitega bitawuciye intege ahubwo wahagurukiye gutsinda, mu ntumbero yo kugarukanira icizere abakunzi bawo. Ntibagarukiye…
Ukwongerezesha amabere n'ibisusu ni kimwe mu bigezweho muri kino gihe, kuko bifatwa nk'ikimenyetso c'ubwiza n'abagabo batari bake. Naho hari ababironderana inguvu nyinshi, hari n'abatari bake…
Drama T ngo ntari mu gitigiri ca bamwe Dj Paulin yavuga ko baterekwa ubutambiro, ahubwo we ngo urubanza rumwe rumara 2. Drama T ngo iyo Week end igeze aragenda gusangira n'abandi, haba muri Karaoke co kimwe no mu nzu…
Marina umutambukanyi wa Kigingi ngo yoba ariwe atumye aronka VISA. Ivyo uwo mukinyi w'amareresi atwenza akaba yabishikirije imbere yuko yurira indege. Uwo mukinyi uno musi abarizwa ku mugabane w'Uburayi, yavuze ko…
Ku mugoroba w'uyu musi wa nyuma w'ukwezi kwa 5, umukinyi w'amareresi atwenza Mugenzi Alfred Aubin yafashe rutema Ikirere yerekeza ku mugabane w'Uburayi. Kigingi akaba afashe indege mu gihe ategerejwe mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.