Muri Biliman Boy, ikivugwa cane n'ikorwa ry'indirimbo zabo bakoranye n'abaririmvyi Dr Jose Chameleon na Weasel. Izo ndirimbo 2, zose ngo ntizasabwe na Dj Paulin nkuko abatari bake boba bavyibaza, ariko ngo imwe…
Miss Rwanda 2017, Elsa Iradukunda, yarekuwe inyuma y'isomwa ry'ivyavuye mu rubanza rwabaye Ku musi w'ejo, Aho bariko bashaka kumenya ko yoburana afunzwe canke yidegemvya ku vyaha yagirizwa. Uwo mwigeme…
Meili agize imisi ashikiriza ko Ari mu myiteguro yo kugaruka Vuba Kandi ibintu ngo bikazoba bihagaze neza cane. Uwo muririmvyikazi vyavuzwe ko yoba agiye gusohora indirimbo arikumwe n'umu Tanzaniyakazi, Zuchu, ngo yoba…
Imyaka yindi 3 niyo umukinyi w'umufaransa Kylian Mbappe agiye gukinira umugwi wa PSG, nkuko bahejeje kubimenyesha mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru. Muvyo yashikirije, Kyliana yavuze ko ata numwe mu bakinyi bakinana…
Hosiane Irakoze benshi bazi nka Hosy irakoze ngo kugira abashe gukora bigashimwa, ngo nuko ico afashe abonye ko agishoboye atarekura. Akaba avuga kandi ko ukwumviriza impanuro z'abandi akanazishira mu ngiro ngo ni kimwe…
Kuva ku mafaranga 30,000 fbu, uno musi akaba afise abakozi 10 ahemba, agaburira kandi anarihira aho baba, Gahungu David abatari bake bazi nka Mwarabu, avuga ko imwe mu nzira vyaciyemwo ari ukwakira neza abamugana. Mu kiganiro…
Mutima le comédien mumuzi mu mareresi yiwe atwenza aca kuri Indundi Tv,hariho n'iyindi mpano yerekanye yo kuririmba ivyobikorwa vyose akabikorana umwete . Icemeza ko Ibikorwa vyiwe bishimwa akaba ari uko hirya no hino…
Uwutwara umugwi Flambeau du Centre w’i Gitega Kazohera Vénerand , yahaye imiriyoni 60 abakinyi bari kumwe na Staff. Imiriyoni 30 za mbere ni izo kubashimira kubona baratahukanye ubwa mbere igikombe ca Primus League , mu gihe…
Gaga blue ni umuririmvyi amaze igihe kitari gito mu muziki w'Uburundi. Ugerageje kuraba mu myaka iheze n'ubu hari ukuntu gusohora indirimbo bitakiri ikirenga ariko iyo aramutse asohoye ziza zifise inguvu. Akarorero…
Inyuma y'urugendo akoreye mu gihugu kibanyi c'Urwanda, Ngo hoba hari amahigwe, ko urwo rugendo ruvyara ibindi vyamwa atari Contigo gusa. Amakuru dukesha ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c'Urwanda, nuko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.