EP ya Alvin Smith yiswe Party Love igizwe n'indirimbo zitari nke yakoranye n'abigeme gusa, yahavuye ishika ku mbuga zigurisha umuziki. Nkuko uwo muririmvyi yabishikirije ku mbuga ziwe asanzwe akoresha, ngo izo…
Mt Number one ngo icizere ni cose ko abantu batandukanye bazoshikirwa mu migambi Ambassadeur Jean De Dieu Ndikumana afitiye abarundi bari muri Amerika. Ico cizere uwo muririmvyi wacu akaba agifise inyuma yaho aganiririye…
Abigeme 2 muri 4 bari mu batowe muri Miss Burundi 2021 bavuga ko iyo baherekezwa n'abateguta Miss Burundi ngo vyari kuba vyiza gusumba. Miss Dative co kimwe na Miss Sabrina batowe nka Miss Populaire hamwe na…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF rihejeje guhagarika umugwi nserukira gihugu wa Kenya mu nkino zo gukurakuranamwo zo kuronderwa itike yo kwitabira inkino za nyuma za CAN 2023. Impamvu n’uko ubushikiranganji…
Miss Burundi 2022 ariwe Miss Kelly Ngaruko mu gihe gusanishwa na Tambwe vyamutwengeje cane gushika yaho atangura kubona ko basa, ngo hari ivyabaye vyamushegeshe. Atorwa, abantu batari bake bakaba baramugereranije na Miss…
Kigali ni kimwe mu bisagara vyo muri Africa y'ubuseruko vyabonetsemwo amategeko akomeye ku bijanye n'ukwikingira Covid-19, ariko uko imisi igenda Niko bagenda batezurirwa buke buke. Guhera kuri uyu wa gatanu, muri…
Amakuru agize imisi ariko arakwirakwizwa hirya ni hino, nuko umuririmvyi Diamond Platnumz ng uwu mwaka udashobora guhera ataragura indege yiwe bwite(Private Jet). Ayo makuru akaba agize imisi akwirakwizwa n'abatari bake…
Inyuma yaho Indirimbo Ibisusu ya Kirikou na Double Jay ikwirije Views 1,000,000, Noneho Kirikou ngo nawe akinjira muri Milligang, na Double yamuhambije. Kuva ku musi w'ejo, inkuru y'akanyamuneza n'ugukwiza…
Ihiganwa rya Dance For Peace Tambira amahoro risigaje imisi 15 gusa kugira rirangire. Imigwi 32 niyo imaze kwiyandikisha nayo intara ya Ngozi akaba ariyo iza imbere hamaze kwiyandikisha imigwi myinshi mu gihe intara ya…
Viva basketball League ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball mu burundi riteye ku ndwi yaryo ya kabiri,biboneka neza ko umugwi Gymkhana uhagaze neza cane kuko mu nkino zitatu bamaze gukina atanarumwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.