Umukuru w’igihugu c’Uburundi asaba abakorera mu gisata c’ubutungane kwikebuka bavavanure no guca imanza bashizemwo inzigo. Mw’ijambo ryiwe ryo gutanguza igikorwa co kurekura abanyororo bahawe ikigongwe n'umukuru…
Kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2021, imiryango y'abantu igera kuri mirongo ibiri yimuwe bitumwe no gusenyuka kw'isi kwadutse kubomagura amazu atari make ku mutumba na zone Migera komine Kabezi mu…
Abanyororo bahawe ikigongwe n’umukuru w’igihugu batanguye kurekurwa kuri uyu wa mbere. Abarekuwe bamenyesheje ko banezerewe cane no kubona basubiye mu miryango yabo. Mu gutanguza ico gikorwa, umukuru w'igihugu hamwe…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2021, mw'ibohero rikuru rya mpimba habaye ibikorwa vyo kurekura icese abanyororo bari bapfunzwe bababa ibihumbi bitatu bagiriwe ikigongwe kw'itegeko ry'Umukuru…
Ikiringo kiri hagati y'ukwezi kumwe n'ukwezi kumwe n’igice nico cahawe abafise amazu kw'ibarabara ry’igihugu inomero 6 (RN6) batubahirije amategeko kuzoba bisubiyeko. Abo bantu akaba ari abo mu makaritiye ya…
kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2021 , Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari niho Umugwi les crocos wo mu Rumonge wari wakiriye Umugwi New Oil mu rukino rwo gusubiriza rwo kurondera umugwi wo mu cicaro ca…
kuri uwu wa Gatanu igenekerezo rya 21 hamwe na 22 , inkino z’ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu zarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma . uku niko imigwi yatsindanye: - Rukinzo Fc wari wakiriye…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano bwasubiye kugabisha abantu canke amashirahamwe abandanya atoza amafaranga bita ay’imbuga ku bituro ko abazofatwa bazohanwa hisunzwe amategeko.…
Imifuko yo gushingura umwimbu w’ibigori hamwe n’utwuma two gupima ivyo bigori ngo biriko birakwiragizwa mu gihugu cose. Umushikiranganji ajejwe uburimyi yabishikirije, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2021, mu…
Umunonotsi aheruka gutahukana umudari w'ifeza mu nkino za jeux olympiques ziheruka yavuniye akagohe abarongoye ishirahamwe mpuzankino mu Burundi CNO ko ryorekura uburyo butegekanijwe ku banonotsi mu gihe hasigaye amezi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.