Ivyatanguye ari ama Visa bibandanirije mu bijanye n’ukwishuzanya amafaranga ngo bafitaniye. Abo nabo s’abandi ni Big Fizzo hamwe n’umu Dj w’umurundi DJ Mario. Icipfuzo ca Edith Stein c'uko abaririmvyi b’abarundi…
Muri Afrika y’ubuseruko, Uburundi n’Urwanda nivyo bihugu bibiri vyo nyene gukwiza abagukurikirana kuri Instagram bashika 1,000,000 ari ikibazo gikomeye, mu gihe mu bihugu nka Tanzania babakwiza mu mwanya nkuwo gukubita…
Mu misi ya vuba, bimwe mu bidandazwa vya Soul Seller Squad, Label y’umwe mu baririmvyi ba hano iwacu bigeye kubura mu bibanza bitandukanye bisanzwe bidandarizwamwo. Ivyo nivyo iyo Label yashikirije bacishije ku rubuga rwabo…
Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 27/2, umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b yasangije abarenga 100,000 bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram amashusho arikumwe n’umukunzi wiwe Belle Nice, ishusho…
Ishirahamwe ry'abamenyeshamakuru bakora amakuru ajanye n'ubutunzi, REJEBU (Réseau des Journalistes Economiques du Burundi) ryatanguye kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 1 Ntwarante 2022, ibikorwa bijanye no…
Umushikiranganji w’ubudandaji, ugutwara abantu n’ibintu amahinguriro n’ingenzi Immaculée Ndabaneze yakombowe mu mabanga kuva kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021. Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu…
Amadosiye yababa 250 y'abashaka gucukura ubutare mu Burundi yarizwe n'ubushikiranganji bw'amazi, ubutare n'agataka mu gice ca gatatu c'umwaka w’2020 ushira uw’2021 Bishikirizwa n’umushikiranganji…
Urunani mpuzamasendika COSYBU, rusaba Reta y’Uburundi gushiraho amategeko mperekeza y’umugambi wo gushigikira abakukuruke. Biri mw’ijambo uwurongoye urwo runani mpuzamasendika Célestin Nsavyimana yashikiririje i Buganda mu…
kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2021 , Isaha indwi n’igice 13h30 niho Umugwi Bs Dynamik wari wakiriye umugwi Kayanza United wo mu kayanza mu rukino rw’indwi ya 27 rwa Primus…
kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Rusama 2021 , Isaha zitandatu n’igice 12h30 , niho ihiganwa ryo mu gihugu c’Urwanda ryatangura icese . Umugwi Rutsiro Fc ukinamwo Abakinyi babiri b’abarundi aribo Ndarusanze…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.