Igihugu cacu nico cizewe n'ishirahamwe rya boxes muri Africa ngo kizotunganye mu mwaka uza 2022, ihiganwa ry'akarere ka gatatu muri urwo rukino inyuma yaho Libreville yakiriye izo nkino muri 2019 , Kinshasa…
Iyo uganiriye n’abatari bake mu bakora utwabo, ukababaza icoba carabagoye mu gutangura ivyo baba bariko bakora, kimwe muvyo abatari bake bahurirako n’ukubura uburyo bwo butanguza iyo migambi baba bafise, ico nyene nico cabaye…
Bamwe mu bigeme n'abakenyezi ngo ntibaramenya gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu kumunyekanisha ivyo bakora kugira biteze imbere. Ahandi naho ngo barabaca intege bababwira ko badashoboye. Bivugwa na bamwe mu bigeme…
Igihugu ca Tuniziya nico kiriko gitunganya ihiganwa rikomeye rya CAVB rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyabo kuva kw'igenekerezo rya 16 gushika kurya 28 Ndamukiza 2021 . Uburundi bukaba bwaserukiwe n'umurwi…
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji…
Ukunganya na Everton vyatumye umumenyereza rurangiranwa Jose Morinho asezererwa n’uburongozi bw’umugwi Tottenham wo mu gisagaca ca Londres mu bwongereza, akaba yirukanywe muri uwo mugwi amaze amezi 17 amenyereza uwo mugwi wo…
Ikawa nziza (cerise A) izogurwa amafaranga 700 ku kiro, mu gihe ikawa y'ibisobwa (Cerise B) izogurwa amafaranga 350 ku kiro, kuva mw'isizeni yo mu mwaka w'2021 ishira umwaka w'2022. Ni mu gihe ikawa nziza…
Inyuma yo guhanishwa ugutsindwa impaga mu rukino rwawuhuje Urunani na Dynamo bikarangira mu mpari banganya 61 kuri 61, ariko Urunani ntirwemera gusubira mu kibuga hasigaye amasegonda 106 bitwaje ko barenganijwe ,nayo…
kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ndamukiza gushika kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2021 , ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 26. Uku niko imigwi yatsindanye : -…
Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni ashikiriza ko abantu bose baje gucukura ubutare mu Burundi basanze babiba, uwobareka ngo yosanga basize isi y'Uburundi bayuguruye bakayisiga irangaye hakabura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.