Abanyororo bapfungiwe mu mabohero ari mu ntara 10 bagera ku 5255 bagiye gutezurirwa ku bw’ikigongwe c’umukuru w’igihugu. Abo banyororo bakaba ari abari bakatiwe umunyororo w’ugupfungwa imyaka iri musi canke ingana n’itanu ku…
Mark Zukerberg yaronse umurundi agiye guhangana nawe mu bijanye n’uguhuza abantu ku mbuga hwaniro (Social Media), uwo nawe s’uyundi ni Dr. Ir. Perry Saxe Gateka. Iyo mvukira yo mu ntara ya gitega yasohoye urubuga yise GASAPE…
Umunyororo w'imyaka 15 n'indishi y'akababaro ingana n'imiriyoni 15 z'amarundi nico gihano Sentare y'igihugu yegukira intara ya Gitega yaraye iciriye abagore batatu bo muri iyo ntara nyene. Kuri…
*Umurwi wa KERN BBC utahanye igikombe c'ihiganwa rya ACBAB inyuma y'imyaka 15 ico gikombe badakorako, muri 2005 bamenyerezwa na Mathias Bigirimana, uwo mu menyereza akaba yakeje yivuye inyuma abakinyi, abamenyereza,…
Berchimans Hatungimana arongoye ikigo OBPE kijanye n'ibinyabuzima biba mu kiyaga Tanganyika, Rusizi n'ahandi, amenyesha ko imvubu zifashwe nk'izigeramiwe mu Burundi kubera ko ibitigiri vyazo vyoba…
Kuva mu mwaka wa 2008 gushika 2021 muri Leta ya Arizona, abarundi babayo bahurikiye mu muryango wagutse wo gufashanya bise Baho. Boha ikaba ari imwe mu ma kominote, yo muri America ibarizwamwo abarundi bashika ku 4000 nkuko…
https://youtu.be/2ktnkUPuo6Q Imiriyoni zirenga 66 z’amafaranga y’amarundi, niko karusho kabonetse mu gikorwa gahinyuza co kwegeranya amakori n’amatagisi cabaye kuva kuwa 25 gushika ku wa 31 Nzero, mu makomine 10 kuri 119…
https://youtu.be/2ktnkUPuo6Q Kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 2 Ntwarante umwaka 2021, niho Mélanie Higgins yabonana n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aje kumumenyesha ko ariwe yarungitswe ngo aserukire…
Ihiganwa rya Handball ryarabandanije rikaba risigaje ku ndwi yaryo ya nyuma, Brothers niyo yatahukanye igikombe naho ihiganwa ribandanya . Uwo murwi mushasha umaze imyaka ibiri mw'ishirahamwe rya Handball i Bujumbura…
Kuri uno w'imana igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 niho hamenyekanye umurwi watahukanye ikibanza ca mbere muri basketball i Bujumbura, ico kibanza kikaba catahukanye umurwi wa Kern inyuma y'imyaka cumi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.