Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 404

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
africa news

RDC : Abantu barenga 100 nibo bamaze kwitaba Imana mu kiringo c’indwi 3

Ikiza ca Ebola kibandanya ciha inkumbi mu gihugu kibanyi ca Congo aho mu ndwi 3 gusa kimaze guhitana abarenga 100, mu buraruko bushira ubuseruko bw'ico gihugu. Abantu barenga 100 baramaze guhitanwa n'ikiza ca Ebola…

adminby admin
Apr 7, 2:20 pm
106
Entertainment

Alvin Smith azanye umukenyuro utandukanye n’uwo mu mwaka uheze

Umukenyuro mushasha atashimye kugira vyinshi awuvugako ngo niwo ugiye kuranga ibikorwa vyiwe, uwo nawe s'uyundi ni Alvin Smith. Umumenyeshamakuru wa Buja Hit yashatse kumenya nimba uwo mukenyuro uzotuma avurwa cane…

adminby admin
Apr 7, 2:15 pm
104
homepage

Aimé Nzohabonayo yavuze icatumye barusha Messager Ngozi

Umumenyereza wa Inter Star afise icizere co gutwara igikombe citiriwe umukuru w'igihugu. Inyuma y'aho umugwi Inter Star wari uhejeje kunyagira Messager Ngozi ibitsindo 4 kuri 2, umumenyereza wa Inter Star yaravuze…

adminby admin
Apr 7, 8:55 am
105
homepage

Coupe du Président : Inter Star yaraye isezereye Messager Ngozi

Umugwi Intar Star wo mu cicaro cakabiri waraye ukoze ibitangaza Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2019 , isaha icenda 15h00 i Gitega niho umugwi Messager Ngozi ukina mu cicaro cambere wahura na…

adminby admin
Apr 7, 8:37 am
105
homepage

Fiston Abdoulrazzaq yatumiwe mu kiganiro gikomeye mu Bufaransa

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yatumiwe mu kiganiro gikomeye mu gihugu c'ubufaransa . Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 05 Ndamukiza , kurubuga ngurukanabumenyi Facebook ya…

adminby admin
Apr 6, 2:33 am
104
homepage

Elvis Kamsoba azokwitabira inkino za CAN 2019

Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akina muri Australia yamaze kwemera kuza kwifadikanya na bandi mu nkini za CAN 2019 zigiyw kubera muri Misiri. Ayo makuru akaba yavuzwe Manager Mutima Constatin asanzwe araba ivyabakinyi…

adminby admin
Apr 6, 2:02 am
103
Burundi

Imyaka ibiri ibarenganye ngo ntibazosubira kubakira

Abateshejwe ivyabo n’intambara gushika ubu bataritura umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB mu mpfunyapfunyo y’ikinyamazuru ngo bafise ikiringo kitarenga imyaka ibiri co kuwitura nayo…

adminby admin
Apr 5, 5:40 am
104
africa news

Tresor Mputu ngo aramaze kumenya ibanga rya Simba Sc

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi Tp Mazembe Mputu Tresor yavuze y'uko azi ibanga Simba sc ikoresha mugihe iba iri iwabo. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 03 Ndamukiza umwaka 2019 niho umugwi Tp Mazembe wo…

adminby admin
Apr 5, 5:39 am
104
East Africa News

Se wa Diamond yagize ico avuga kw’iyinjira ryiwe muri WASAFI

Naho se wa Diamond yabonetse mu ndirimbo “Mwewe” iheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi tugira turangize, ngo ntibisobanura ko ari umuririmvyi, ahubwo yafashije abaririmvyi babimusavye. Mu gihe hagize imisi havurwa…

adminby admin
Apr 5, 2:57 am
107
East Africa News

Tom Close yahawe n’inama y’abashikiranganji ikibanza gikomeye mu kigo yakorera

Tom Close yahawe gutwara ikigo kijejwe gutororokanya amaraso mu gisagara ca Kigali, ivyo bikaba vyemejwe n’inama y’abashikiranganji yakoraniye i Kigali kuri uyu wa 3. Dr. Muyombo Thomas aheruka guhabwa gutwara ikigo…

adminby admin
Apr 5, 2:49 am
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 402
  • 403
  • 404
  • 405
  • 406
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In