Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 403

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Entertainment

Don Brighter arashimira abamufashije amasengesho bose agashika impore

Don Brighter mugihe yaramaze ikiringo c'indwi zirenga zitatu muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko ariko arakora ibikorwa bitandukanye vyumuziki ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika. Inyuma yo kuza mugihugu…

adminby admin
Apr 10, 6:43 am
105
homepage

Ndayishimiye Warren agiye gusubira gufasha imigwi y’abakiri bato

Ndayishimiye Warren Chebby agiye gusubira gufasha imigwi y'abakiri bato nkuko yavyiyemeje wenyene y'uko azogerageza guteza imbere urwaruka rukina umupira w'amaguru mu Burundi . Warren Chebby akaba ari umurundi asanzwe…

adminby admin
Apr 9, 2:29 pm
104
homepage

Amadorari ibihumbi 200 niyo FFB yahawe kugira yitegurire inkino za CAN2019

Amahera angana n'amadorari y'abanyamerika ibihumbi amajana abiri 200.000$ niyo mahera CAF imaze guha ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kugira ryitegurire neza inkino za CAN 2019 zigiye kubera muri Misiri. …

adminby admin
Apr 9, 2:27 pm
104
homepage

Iki nico catumye Kanakinama Bienvenue yifuzwa muri America

Umukinyi w'umusatirizi wa Aigle Noir hamwe w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 na 23, Kanakinama Bienvenue yashitse amahoro mu gihugu ca America . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 08…

adminby admin
Apr 9, 2:19 pm
106
Entertainment

Sheebah Karungi agiye kuzohura na Sat B kuri Stage imwe i Bujumbura

Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura mu giteramo ku butumire bw’abarongoye Cristal Event yaronkejwe. Sat-B & Sheebah Karungi Abarongoye Cristal Event…

adminby admin
Apr 9, 10:43 am
104
Entertainment

Sat B izina ry’ururirimbo rugiye gusohoka ryamenyekanye

Inyuma yukuva mugihugu kibanyi avuye gukora ibikorwa bitandukanye unomusi igenekerezo rya 8,Ndamukiza niho yamenyesha izina ry’ururirimbo n’umusi rugiye gusohokerako Belle Nice asazwe ari muri Label ya Empire Avenue…

adminby admin
Apr 8, 10:08 pm
104
Burundi

FFB yagiraniye amasezerano na Cheza Group

Ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'igihugu ryaronse ishirahamwe rigiye kurifata mu mugongo. Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2019, mu gisagara ca Dar Es Salaam niho uwusanzwe atwara…

adminby admin
Apr 8, 8:32 am
105
homepage

Olivier Niyungeko yerekeje mu Misiri

Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba Olivier Niyungeko yerekeje mu Misiri. Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 08 Ndamukiza isaha icenda 15h00 z'umuhingamo niho umumenyereza w'Intamba mu…

adminby admin
Apr 8, 7:47 am
104
homepage

Umusatirizi wa Aigle Noir yerekeje muri America

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi Aigle Noir Kanakinama Bienvenue ntakiri ku butaka bw'Uburundi. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 07 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira…

adminby admin
Apr 8, 7:35 am
104
Burundi

Ishirahamwe ry’abaririmvyi AMB riramutswa Botchum

Botchum agiye gufatanya n'abandi mu guhinyanyura amatego y'ishirahamwe ry'abaririmvyi AMB kuko atakijanye n'igihe. Ukwegeranya abaririmvyi kuko basanzaye, abandi nabo barangwa n'ukutumvikana, co kimwe…

adminby admin
Apr 8, 12:03 am
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 401
  • 402
  • 403
  • 404
  • 405
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In