Abarundi babiri umwe aba mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, uwundi muri Norvège bagiye hamwe batanguza umugambi bise “TIMA” ufise intumbero y’ukumenyekanisha imiryango ihari mu Burundi hamwe n’uguhimiriza abantu!-->…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba witwaye neza mu mupira w'amaguru na cane cane mu kuronka uburenganzira bwo kwitabira ubwa mbere inkino za nyuma za CAN 2019 zizobera mu Misiri ,!-->!-->!-->…
Ngo ivyavuzwe ko batakibarizwa muri Bantu Bwoy ngo Sivyo ahubwo kwabaye ukwifatanya n'umusi. Aho ni mugihe vyanditswe aha na hariya ko basezerewe batakibarizwa muri Label ya Bantu Bwoy bikanamenyeshwa na CEO wa Bantu!-->!-->!-->!-->!-->…
Pasitori Kayihura Modeste azwi kw’izina rya "Prophète Modeste" arongoye ishengero "Faith Practice Miracles Ministries" rifise icicaro kw’ihoteri "Source du Nil" iro mu gisagara can Bujumbura!-->!-->!-->…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 3 Ndamukiza umwaka w'2019, umukuru w’igihugu cacu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaramutse akoranya inama nshikiranganji kugira ngo bigire hamwe integuro z'amategeko hamwe!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona ibibuga n'amasaha inkino z'igice 1/4 gishira ica nyuma c'igikombe c'umukuru w'igihugilu zizobera. Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 06!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ry'abigeme ryo mu cicaro ca mbere ry'uyu mwaka wa 2019 rigiye gutangura Iryo higanwa rikazoba rigizwe n'imigwi 10 gusa. Uku niko imigwi izohura : Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ndamukiza umwaka wa!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mustapha Francis Njali abandanya yitwara neza mw'ihiganwa ryo mui Kenya. Kuri uyu wa mbere uheze igenekerezo ya 1 Ndamukiza , niho umugwi Gormahia wakira umugwi Nzoia Sugar mw'ihiganwa ryo mu gihugu ca Kenya, urwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Shaka Bienvenue amagara yiwe yifashe neza muri kino gihe. Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho uyo mukinyi w'intamba yatangura imyimenyerezo!-->!-->!-->!-->!-->…
Aho bashika ku kibuha c'indege ca Bujumbura Sat-b na Kent-P bafise umunezero udasanzwe niho bemeza ko ibikorwa ari nk'imvura kuko ngo stock yuzuye ibikorwa vy'abana ba Empire avenue ndetse nawenyene Sat-B!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.