Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 28. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Ntwarante umwaka wa 2019: Buja city izakwakira Musongati Fc isaha indwi n'igice 13h30 ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu wa Gabon les Panthères de Gabon wakinye n'intamba mu rugamba mu rukino rwo kuwa 23 Ntwarante ugiye gufutwa. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe n'umushikirangaji w'inkino n'imicokama!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe hari haciye imisi itari abatari bake bibaza aho ikigongwe umukuru w'igihugu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yagiriye bamwe mu bapfungwa kizoshirwa mu ngiro, kuri uno wa gatanu niho kw'ibohero rikuru!-->…
Sat B mugihe ari mugihugu kibanyi ca Tanzaniya arizeza abakunzi ko naho haciyemwo ibintu vyingora indirimbo yawe na Meddy irahari kandi izosohoka Mugiye abeshi bafise amakenga kubivugwa kundirimbo bakoranye na Meddy!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukenyezi afise uruhara ntasubirizwa mu kurera, gutanga indero hamwe no mw’iterambere ry’abana kuko kenshi aribo bama bari hafi yabo Umushikiranganji w’agateka ka zina muntu, imibano n’iterambere ridakumira Martin!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugabo umwe w'umunya Bresil aheruka gufatanwa itonga ry'ibiyovyabwenge bita "héroïne" ku kibuga c'indege mpuzamakungu ca Bujumbura. Nk'uko bishikirizwa n'ubushikiranganji bujejwe umutekano no gukinga ibiza,!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yaho bivugiwe bikaba nk'ururirimbo ko abaririmvyi b'abarundi baba hanze y'igihugu badakunze kugendera mu gihugu c'amavukiro ngo bamenye aho umuziki w'uburundi ugeze n'ibiba bigezweho!-->!-->!-->…
Ku musi wa 4, igenekerezo rya 4 ukwezi kwa 4, igihe c'isaha 4 n'iminota 4, indirimbo 4 ziri mu ndimi 4 zo mu midiho itandukanye nizo zizoshirwa ahabona na Mkombozi. Nzeyimana Thomas agacerere amazemwo imisi ntikari ako!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu mpera z'ino ndwi twaraye turangije niho umuririmvyi Nziza Désiré azwi kw'izina rya Dissarlui yashika i London avuye i Texas gukora amasanamu y'indirimbo "Murasa", indirimbo yahinyanyuriwe mu!-->!-->!-->…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaranezerejwe n'itsinzi y'intamba mu rugamba. Inyuma y'aho umugwi w'intamba mu rugamba wari uhejeje kunganya na Gabon igitsindo 1-1 mu rukino rwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.