Umugwi nserukira Gihigu intamba mu rugamba uza gutana mu mitwe n’umugwi nserukira Gihugu wa Côte d’ Ivoire mu masaha ari imbere . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 isaha cumi na zibiri z’umugoroba 18h00 mu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryatanguje icese umugambi wo kuza riregeranya abakinyi bafise impano bisangije ( Détection des talents) mu Burundi . Ivyo bikaba vyabaye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 14…
Amakuru duhejeje kuronka muri kano kanya n’uko abakinyi bashika kuri 5 b’intamba mu rugamba aribo batazoboneka mu nkino zibiri za kivandimwe zari kubahuza na Côté d’Ivoire hamwe na Guinée Conkry y’abatarenza imyaka 23.…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza abandanya yigenza mu mugwi Geita Gold ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . Hari kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2022 , niho umugwi Geita Gold…
Amakuru duhejeje kuronka avuye kuri bimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania avuga y’uko umukinyi w’intamba mu rugamba akina mu mugwi Geita Gold Saidi Ntibazonkiza yoba yanse kugaruka mu gihigu ca Tanzania…
Vyamaze kumenyekana y’uko umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Guinée Conarky w’abatarenza imyaka 23. Aho ni inyuma y’uko Uburundi buzoba bwamaze gutana mu…
Ishirahamwe rya Karate ryo mu Burundi ryitwa Dragon Junior ryaraye rihimbaje umusi mukuru waho bakwije imyaka 25 rishinzwe . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 06 Munyonyo 2022 , isaha zitanu zo mugitondo…
Umugwi w’intamba mu rugamba muri Handball w’abatarenza imyaka 18 waraye utsinze umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba mu batarenza imyaka 20 mu rukino rwa kivandimwe rwo kwigina igikombe co mukarere ka Africa…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 uhejeje gusezererwa muri za nkino za CECAFA zo kurondera itike ya CAN -20 zariko zibera muri Sudani . Uburundi bukaba bwatsinzwe na Sudani…
Umukinyi w’inyuma Ndizeye Samuel aheruka guhamagarwa mu mugwi nserukira gihigu w’Urwanda mu nyuma akabura ivyangombwa , birangiye ahamagawe mu mugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba. Mu rutonde rw’abakinyi 22…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.