Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 23 bagiye bagiye gukina mu rukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire. Urutonde rukaba ari uru…
Uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yaraye atanze ibikoresho bijanye n’umupira w’amaguru ku mirwi y’amashure 16 yashitse mu gice ca 1/4 gishira icanyuma…
Umugwi nserukira gihigu wa Côté d’ivoire ( les éléphants) wemeje ko uzokina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu w’Uburundi ( Intamba mu rugamba) igenekerezo rya 16 muri uku kwezi kwa Munyonyo 2022.…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya atera imbere uko bukeye uko bwije . Inyuma y’imisi itatu iheze ateretsemwo igitsindo mu rukino rw’ihiganwa rikuru ryo muri Turquie , yaraye asubiye…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rirahakana amakuru aguma acanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye mu kuvuga ko uwahoze amenyereza umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba mu myaka 15 iheze…
Mu gihe ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisubirwamwo bushasha kugira kizoze kirakira inkino mpuzamakungu, ico kibuga kigatungana kizoba gifise amategako yaco. Ayo mategeko nayo akaba yashikirijwe na Honorable Révérien…
Abakinyi b’abarundi babandanya bigenza neza mw’ihiganwa ryo mu gihugu c’urwanda . Mu mpera z’indwi yaraye iheze , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Rwanda ryari ryabandanije kundwi igira 7 aho umugwi Kiyovu Sports ukinamwo…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yaraye afashije As Kigali gutsinda Gasogi United. Hari mu mpera z’indwi yaraye irangiye aho umugwi As Kigali usanzwe ukinamwo abakinyi…
Umukinyi winyuma w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf abandanya yigenza neza mu gihugu ca Turquie . kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31 Gitugutu 2022 , umugwi Istanbul Basaksehir wari kiriye umugwi Gerisunspor mu…
Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba ushobora gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre asanzwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.