Umukinyi Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya avyitwaramwo neza. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Gitugutu 2022 , yaraye ashizwe mu rutonde rw’abakinyi badugije amanota kurusha abandi ku mugabane wa Buraya muri FIFA…
Amakuru Indundi Sports ihejeje kuronka ubu nyene avuye kubegereye umugwi Bujumbura City wegukira igisagara ca Bujumbura aravuga y’uko umumenyereza Omar ntakagero yamaze gutanga imihoho mu mabanga yo kumenyereza uwo mugwi …
Imisi ingana 240 niyo Ingénieur Méthode Ndikumagenge asanzwe arongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga intwari hamwe n’abafundi biwe bihaye kugira ico kibuga kizobe cuguruwe. Ingénieur…
Impande zibiri z’ikibuga c’intwari zizosakarwa izindi mpande zibiri ntizizosakarwa ni ukuvuga ahazosakarwa ni hahandi hahora ubwugamwo bw’iteka hamwe no kuri rurya ruhande ruriko ibiro vy’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu…
Umugwi Imboneza Fc w’abana bahoze baba mw’ibarabara waserukiye Uburundi mu nkino z’igikombe c’isi cariko kibera muri Qatar waraye uganutse. inyuma yo gushika i Bujumbura bararonse akaryo ko kuyaga n’abanditsi hamwe…
Umumenyereza w’umurundi yahora amenyereza umugwi Police Tanzania Joslin Bipfubusa yahagaritswe n’uburongozi bw’uwo mugwi. Imvo nyamukuru ni umusaruro mubi nk'uko twabisomye mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania. Uwo…
Inkuru indundi Sports ihejeje kuronka muri kano kanya ni uko umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba hamwe na Kaizer Chiefs Bimenyimana Bon Fils Caleb yagize imvune, iyo nkuru tukaba twayisomye mu kinyamakuru co muri…
Umukinyi wo hagati w’umurundi asanzwe akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi KMC Mvuyekure Emmanuel yaraye afashije umugwi wiwe gutsinda Mtibwa sugar. Hari kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 15 Gitugutu 2022,…
Umukinyi w’intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Istanbul Basaksehir Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya yigenza neza mu gihugu ca Turquie. Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 16 Gituguru 2022 , niho umugwi Instabul…
Umugwi imboneza wa New Génération w'abana bahoze mw’ibaraba usanzwe umenyerezwa na Coach Gakinja Simon , uriko userukira Uburundi mu gikombe c’isi kiriko kibera muri Qatar uriko uvyitwaramwo neza . Ico gikombe c’isi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.