Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abigeme Bizimana Rukiya yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 10 bakiri bato bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu nkino zo kurondera itike yo kwitabira rya!--more-->…
Kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 28 Ruheshi 2022 , Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, Angeline Ndayishimiye yaramutse agendera abigeme bakina mu murwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba aho bakorera imyimenyerezo ku kigo…
Umugwi Rayon Sport wo mu gihigu c’Urwanda ukinamwo abakinyi babiri b’abarundi aribo Karim Nizigiyimana Makenz na Ndizeye Samuel waraye utahukanye ikibanza ca gatatu mw’ihiganwa ry’igikombe c’igihugu ( Coupe de la Paix 2022).…
Umugwi Glentoran wasezeye umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana. Mw’itanganzo uwo mugwi washize ku mugaragaro, werekanye y’uko amasezerano hagati ya Glentoran na Bigirimana Gael azorangira mu ndwi iza. Uwo…
Inyuma y’amezi agera kuri 8 ashomereye , umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Marco Weymans yaronse umugwi. Marco Weymans akaba agiye gukinira umugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu c’Ububirigi witwa Koninklijke Beerchot…
Nk’uko vyama buri kwezi , ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama rishira ahabona ingene ibihugu bisumbasumbanya ibibanza kw’isi , Uburundi bwisanze mu kibanza ca 140 mugihe bwari mu kibanza ca 139 , bukaba…
Umukinyi w’intamba mu rugamba akinira umugwi Istanbul Basaksehir wo mu gihigu ca Turky ku rutonde rw’abakinyi 11 baranze ihiganwa ryo mu gihugu ca Turky mu mwaka wa 2021-2022 Super Ligue. Youssu Nyange yakinye inkino 28 ,…
Umugwi RS Berkhane wo mu mu gihugu ca Maroc ukinamwo Fiston Abdoulrazaq , waraye utahukanye igikombe ca CAF Confédération Cup, uwo mugwi ukaba waraye utahukanye ico gikombe utsinze umugwi Orlando Pirates wo mu gihugu ca…
Umukinyi Hussein Shabani Tchabalala abandanya yitwara neza mu gihugu c’Urwanda. Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 19 Rusama 2022, aho umugwi Police Fc wari wakiriye umugwi As Kigali mu rukino rwo…
Atagisivya , umukinyi w’umurundi asanzwe afise ubwene gihugu bw’ibubirigi ariwe Ramazani Largie agiye gukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Espagne. Largie Ramazani w’imyaka 21 , akaba asanzwe akina mu mugwi wo mu cicaro ca…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.