Umukinyi Saidi Ntibazonkiza ntari ku rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bazotana mu mitwe na Bahrein hamwe na Libéria. Icatumye Saidi Ntibazonkiza adahamagarwa ni imvune yari amaze imisi afise , akaba kandi anafise…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe muri uku kwezi kwa Ntwarante. Urukino rwa mbere Intamba mu rugamba izokina na Bahrein i Manama igenekerezo rya 26 Ntwarante 2022,…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Rusama 2021, uwurongoye umugwi Athletico Academy wo mu cicaro ca mbere muri Primus league yaraye yandikiye ikete ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB arisaba y’uko urukino rwabo…
Mu kiganiro umumenyereza Jimmy Ndayizeye ahejeje gushikiriza a bamenyeshamakuru ndetse n’abarundi biciye kuri Facebook live ya FFB aho yariko aravuga ingene biteguriye urukino rwo kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 26…
Abamenyereza b’intamba mu rugamba bamaze gutororokanya abakinyi 30 bakina mu Burundi bagiye gutangura Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira CAN 2022 , zizoduhuza na Centrafrique hamwe na…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 15 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryandika ikete ryo kwugara ikibuga Urunani co mu Ntara ya Cibitoke mu kiringo kitaramenyekana.…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru muri Africa CAF ryafatira ibihano igihugu c’Uburundi hamwe na Mauritania. Uburundi bwaciriwe ihadabu ry’amadorari y’amanyamerika…
Inkuru ibabaje Ku bakunzi b'umukinyi Riyad Mahrez. Mu gitondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, umugwi Manchester City washize ahabona itangazo rivuga y'uko umukinyi wabo wo kuruhande Umunya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.