Umukinyi wa kera mu mirwi nserukiragihugu intamba mu rugamba na Vital’o Fc , Nduwayo Stanley yaryamiye ukuboko kw’abagabo . Dr Wilson asanzwe avukana n’umuhisi Nduwayo Stanley Maradona , avuga ko basanze yaguye mu…
Asman Ndikumana batariza Garden ntakiri umukinyi w’umugwi Aigle Noir the Fightersi, vyo bika vyabonetse mu rwandiko rwasohowe n’ubuyobozi bw’umugwi Aigle Noir . Ndikumana Asman yagirizwa n’uburongozi bw’uwo mugwi kutaguma…
Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba na Kiyovu Sports yo mu Rwanda Bigirimana Abedi arabeshuza ibiriko bivurwa y’uko yoba amaze kugurwa na Young Africans. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenenerezo rya 19 Ndamukiza 2022…
Hussein Shabani Tchabalala yahumye mu gihugu c’Urwanda. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020, aho ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 23, aho umugwi As…
Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino abandanya yitwara neza mu bwongereza . Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 16 Ndamukiza 2022, ihiganwa ryo mu cicaro ca gatatu mu bwongereza ( League One) ryarabandanije aho…
Kizigeza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yatsindiye agashimwe k’umukinyi w’ukwezi kwa Ntwarante kuko yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu mugwi wa Sheffield Wednesday wo mu cicaro ca gatatu mu gihugu c’Ubwongereza . Ako…
Icegera ca Kizigenza w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana niwe mukinyi wa mbere wo muri kano karere ka East Africa yatanguye gukina ihiganwa rya Premier League ryo mu bwongereza. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza…
“Aboba bavuga y’uko ihiganwa nkinamwo ryo mu cicaro ca gatatu ari rito , baraza barikoremwo nabo turabe”. Ayo majambo akaba yaraye ashikirijwe na kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino mu kiganiro yaraye akoranye na…
Ukubura uburambe buke (Expérience), mu mahiganwa ya CAN 2019, ngo biri muvyatumye umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba utavyitwaramwo neza. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido…
Abigeme b’intamba mu rugamba bibutswe na CNO. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2022, igisata mpuzankino CNO cari caramutse gitanga ubushimwe ku banonotsi bigenjeje neza mu Burundi. Mu bushimwe bwatanzwe na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.