Umurwi R. FC Warnant ukinamwo umunyegori w’Umurundi Bizimana Aladin waduze mu cicaro ca gatatu . Uwo murwi watahukanye igikombe co mu cicaro ca kane mu gihugu c’Ububirigi ubanje gutsinda igitsindo kimwe ku busa umurwi Fc…
Mutombola Fabien atanguye kuvyitwaramwo neza mu gihugu c’Ubufaransa . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2023 , aho umurwi Arua Hill Fc wari wakiriye umurwi wa Vipers mu rukino rw’indwi igira 24…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue abandanya yitwara neza muri République Tchèque. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 , aho umurwi MFK Vyskov wahura n’umurwi Slavia Prague B mu rukino…
Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 aho umurwi Zanaco ukina mu cicaro ca mbere muri Zambia wari uramutse wakira umurwi Kansashi Dynamos Fc mu rukino rw’indwi igira 30 y’ihiganwa ryo muri Zambia…
Birangiye Umunonotsi Mpuzamakungu w’Umurundi Thierry Ndikumwenayo ahagaritse guserukira Uburundi . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2023 aho haramutse handikwa amakuru avuga ko Thierry Ndikumwenayo…
Abakinyi ba kera bakoze amateka barongowe n’umushingamateka wo muri EALA Pierre Rurakamvye batazira ABEGA bagiye kuza baritwararikwa . Izo ntwari zaraze kahise k’umupira w’amaguru mu Burundi zigiye guhabwa icubahiro…
Isanamu ya Lionnel Messi ari kumwe na Ndayishimiye Youssouf iriko yamamara ahatari hake kw’isi. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 aho umurwi wa OGC Nice ukinamwo umurundi Ndayishimiye Youssouf…
Ikibanza cahora gikinirwako inkino zo guterana imyereka ( Judo) kiri inyuma y’ikibuga c’Intwari hazoshirwako agasho ko gupfungiramwo abantu . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 08 Ndamukiza…
Abarundi batari bake barabandanya baterera ikibuga citiriwe Intwari kiri mu gisara ca Bujumbura. Mu gatondo ko Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 Isaha 2 n’iminota 30 , niho abakunzi b’umupira w’amaguru ,…
Mw'ijambo yashikirije inyuma y'ibikorwa rusangi vyabereye ku kibuga citiriwe Intwari , Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n'indongozi zari zaje kwifatanya nawe mu bikorwa rusangi vyo kwubaka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.