Umurindikazi Niyonkuru Sandrine yanditse amateka atawundi mukinyi w’umurundikazi akina umupira w’amaguru amaze kwandika . Sandrine akinira umurwi Tutankhamun Fc wo mu cicaro ca kabiri muri Egypt yarangije ihiganwa ariwe…
Ubuhinga Ndayishimiye Mike Tresor ariko yerekana mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Bubirigi Jupiler -Pro ari kumwe na Genk nivyo biriko bituma imirwi yo mu bwongereza itangura kumurondera . Mike Tresor Ndayishimiye…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Pacifique Niyongabire yatanguye neza mu murwi mushasha Valour Fc wo muri Canada. Mu rukino rwakivandimwe rwo kwitegurira ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Canada ( Pre -…
Inyuma yo kwitabira inkino zibiri za kibandimwe z’Intamba mu rugamba hamwe na Indonésie, Manager w’intamba mu rugamba ari mu gihugu c’Uburundi . Icatumye azanana n’abandi mu gihugu c’Uburundi n’ukuza kuraba umurima…
Umukinyi w’umurwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange yatanguye imyimenyerezo ya wenyene bivanye n’uko atarakira neza . Youssouf Ndayishimiye akaba yari amaze indwi 2 yahawe akaruhuko n’umuganga…
Umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba ufise akazi katoroshe kugira usubire kwitabira inkino za CAN 2024 . Amahirwe Uburundi busigaranye ni ibice 20% ivyo bikaba vyavuzwe n’umwe mu bamenyeshamakuru ba kera Tharcisse…
Umurwi Police Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu c’Urwanda woba wamaze kwumvikana na myugariro w’Intamba mu rugamba asanzwe akinira umurwi Rayon Sports ariwe Ndizeye Samuel . Ku makuru dukesha ikinyamakuru Yegob co mu Rwanda…
Umurwi Aigle Noir Cs ubandanya uronderera isoko abakinyi bawo. Abakinyi babiri b’umurwi Aigle Noir Cs aribo Girumugisha Jean Claude akinira umurwi Magara Young Boys hamwe na Nkurunziza Alfred akinira Bumamuru Fc baraye…
Umurwi nserukira gihugu Intamba w’abatarenza imyaka 23 ugiye kwerekeza i Jakarta muri Indonésie . Mu ntumbero yo kwitegurira inkino z’igikombe c’Isi c’abatarenza imyaka 20 kizobera i Jakarta muri Indonésie , igihugu ca…
Amakuru dukesha umumenyeshamakuru mugenzi wacu Achel Niyongere akorera i radio y’igihugu ( RTNB) yajanye n’umurwi nserukira gihugu muri Indonésie avuga ko haraye havuzwe vyinshi mu murwi nserukira gihugu Intamba mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.