Abagabo bagize Staff y’intamba mu rugamba baraye bose bahuriye ubwa mbere mu gihigu ca Indonésie inyuma yo guhabwa amabanga mashasha . Staff y’intamba ikaba irimwo abagabo bagera kuri 7 aho twovuga nka : 1) Umumenyereza…
Etienne Ndayiragije yashize ahabona urutonde rw’abikinyi 23 bazotana mu mitwe n’umurwi nserukira gihugu wa Indonesie mu nkino zibiri za kivandimwe zimirije kuzoba ku magenekerezo ya 25 na 28 Ntwarante 2023. Muri abo bakinyi…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba witeze gukina urukino rwa mbere kivandimwe n’umurwi nserukira gihugu wa Indonésie i Jakartah muri ico gihugu nyene . Urukino rwa mbere ruzoba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25…
Abakinyi babiri ngenderwako b’Intamba mu rugamba Saido Ntibazoboneka hamwe na Cedric Amissi ntibazokwifadikanya n’abandi bagenzi babo b’Intamba mu rugamba mu nkino zibiri za kivandimwe Uburundi bwimirije gukina na Indonésie…
Ndayishimiye Youssuf batazira Nyange ntazoboneka mu nkino zibiri za kivandimwe zizohuza Uburundi na Indonésie magenekerezo ya 25 na 28 . Uwo mukinyi w’Intamba mu rugamba akaba atashizwe mu rutonde rw’abakinyi ba OGC…
Uwahoze ari umumenyereza w’Intamba mu rugamba Ade Amrouch muri kino gihe amenyereza umurwi nserukira gihugu Tanzania Taifa Stars yipfuza hasi hejuru umumenyereza w’umurundi Cedrci Kaze kugira aze amubere icegera ciwe .…
Myugariro w’umurwi Nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba Nsabiyumva Frédéric ntazoboneka mu nkino zibiri za kivandimwe zizohuza Uburundi na Indonésie ku magenekerezo ya 25 na 28 Ntwarante 2023 . Impamvu yatumye uwo mukinyi…
Umukinyi w’umusatirizi w’umurwi wa Bumamuru Fc Patrick Banza Kanianga ntakiri mu mwiherero w’umurwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba w’abakinyi bariko bitegurira inkino zo gukurakuranamwo z’abakinyi bakina mu…
Gukubita ingumu umuhagarikizi bitumye Inter Star ihaguruka no guhagarika umukinyi wabo Assumani Akbar . Umukinyi Assumani Akbar yakubise ingumu umuhagarikizi akana mukomeretsa kw'igenekerezo rya 11 Ntwarante 2023…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye arashimira bimwe bivuye ku mutima mukuruwe Saido Ntibazonkiza . Abicishije ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe rwa Facebook yanditse avuga uko umukinyi Saidi Ntibazonkiza ari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.