Youssouf Ndayishimiye yaraye akoze ikiganiro ciwe ca mbere mu gihigu c’ubufaransa . Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2023 , aho umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Youssfu Nyange yakora ikiganiro ciwe…
Musore Aaron yaraye yinjije igitsindo ciwe ca kabiri mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Zambia ( Super League) Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 isaha icenda mu masaha yo muri Zambia aho umurwi…
Intumwa ya FIFA Benjamin Veenbrink akaba n’umuhinga mu bijanye n’inyubako , aherekejwe n’uwurongoye ibiro vya #FIFA mu karere bari murugendo rw’imisi itatu mu Burundi . Abo bahinga bakaba baje mu ntumbero yo gukurikiranira…
Uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police abandanya akomeza ubucuti hagati y’iwe n’ayandi mashirahamwe y’umupira w’amaguru . Inyuma yo kwitabira ibirori vy’ubushimwe FIFATHEBEST…
Abarundi batari bake bari bafise icizere ko Uburundi buzokwakirira Namibia hano i Bujumbura ku kibuga citiriwe Intwari . Kuri Micro y’umumenyeshamakuru wa FIFA i Paris mu Bufaransa kw'igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 ,…
Nkuko bizwi iyo hagire hatorwe abakinyi beza bama bavyitwayemwo neza kurusha abandi kw’isi ntihabura abatora kuri buri igihugu . Mu Burundi hatoye Kizigeza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino , uwahoze ari umumenyereza…
Umurwi wa Inter Star watswe Bizimana Abdoul Karim uhabwa Mpingwe Amissi Willy vyavurwa ko atatowe biciye mu mategeko . Umurwi wigenga ujejwe gutatura amatati mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ,…
Gén de Bgde de Police Muyenge Muyenge Alexandre yakirwa na Gianni Infanino . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , niho uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB ) Géneral de Brigade de…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Sudi Abdallah ariko arigenza neza muri Malaisya. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 aho umurwi Kelatan Fc wari wakiriye Kuching City Fc mu rukino rw’indwi ya mbere…
Umukinyi w’umurundikazi akina muri Egypt Sandrine Niyonkuru gushika ubu ntararonka uwumuhagarika . Kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , umurwi TUT Fc wari uramutse ukina na Amereya Fc. urwo rukino rukaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.