Inyuma y’ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kugira kize kirakira inkino mpuzamakungu, ibibuga vya Basketball, Volleyball , Judo n’ibindi nivyo bizokurikira kandi bizokwubakwa mu kibanza kimwe . Ivyo…
Umurwi Icirore Films usanzwe ukina amareresi nubwo bafashe akanya bakaruhuka igice cambere n'icakabiri c'ireresi yabo Isezerano bayikoze k'ubuhinga Nawe uramaze kuyibona? Uwo murwi ugizwe n'abahungu…
Akamo DJ Paulin yatewe ko gusaba ikigongwe Kuri ya Majambo yashikiriza ku kunuka kw'abaririmvyi bamwe bamwe, yahavuye akitaba. Muri Live iheruka kuba, uwo mu DJ wacu yasavye imbabazi ku muntu wese yababajwe…
Ishavu riraniga kwa Cedric Bangi kubera ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi, ngo boba batamuhaye n'aga fanta Kandi baramukoresheje. Uwo Mugabo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko Issa Niyongere, asanzwe…
Mu gihe Bizimana Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-b yaheruka kuba Verified Kuri Twitter, uwo muririmvyi ubu naho asubiye kwerekana iyindi ntambwe yateye. Uwo muririmvyi w'inkuru y'ukuri, abaye umuririmvyi…
Mista Champagne ngo n'abafise Imiliyoni 2 z'ababakurikirana muri Tanzania ngo ntibakimutera ubwaba kuri YouTube. Mista Champagne aheruka gushira ahabona amasanamu y'Indirimbo, Kajala, yamenyesheje ko ubu amaze…
Communaute y'abarundi baba muri Canada, uno mwaka irungu ntirizobatera, kuko abatari bake mu barundi bagiye gukuranwa mu kubateramisha. Hampande ya Double Jay, Vania Ice na Drama T bagiye kuzoteramisha abarundi muri…
Ca Kibazo Kiri hagati ya Big Fizzo na DJ Paulin, gisubiye Kandi guhindura isura. Kuko hampande y'uko Ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi ryabishizemwo ikirenge, ubu naho Bigiyemwo Pacifique Nininahazwe. Uwo…
Umuririmvyi August Burundi abarizwa muri "Irebe company"yari yemereye abakunzi biwe amasanamu y'indirimbo Nyamwigendako nubwo vyagoranye igikorwa ngo caraheze. Uwo muririmvyi arashimira cane Fiston yigeze…
Mu gihe hariko havugwa Ivya Big Fizzo, ko ugufata indege ari ibisanzwe kuriwe, ngo bisigaye bimeze nk'ugufata bus, Drama t nawe ashizemwo ikirenge. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, Drama T yerekanye ko ikibazo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.