Alvin Smith yoba yihanuye, canke bamuhanuje igitsure? Ico Nico kibazo wokwibaza ubonye ivyo uwo muririmvyi yashikirije Kandi ukaba uzi n'ivyo yaheruka gushikiriza ku bijanye n'indirimbo yiwe. Akoresheje urubuga…
Mu gihe Kuri Twitter hari hagize akanya hari impari kubera FOTO ya Mow Kanzie yafotowe n'umwe muri ba gafotozi bari mu bikorwa vyateguwe n'ubumwe bwa Buraya, Mow Kanzie nawe yashizemwo akunyu. Bamwe muba…
Hambavu y’umwuga basanzwe bakora ujanye n’ugupima ingwara, abahurikiye mw’ishirahamwe ry’abize n’abakora mu gisata co gupima ingwara ANTEBBU buguruye icese kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2023, i…
Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s'uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere…
Mu gihe hagati ya Big Fizzo n'abana yareze Kirikou, Double Jay na Drama T hari icuka kitari ciza, bamwe bemeza ko uwo Mugabo yoba yatanze indero nziza Kuri abo basore muri ino misi bakunzwe cane. Naho ata vyinshi…
Mu gihe baheruka guhagarikirwa indirimbo, bazihora ko zirimwo amajambo canke amashusho atitura imico n'imigenzo y'abarundi, nubu basubiriye hari izindi zishobora kuzoba zimeze nkazo zigiye gusohoka. Umusi…
Mu gihe abakiri bato bashinga insamirizi zabo baharurwa ku ntoke, Isaac yoba ari muribo, kuko yavuye gukorera abandi, akaja kwikorera muri Isaac TV, none amaze misi akoze mu nsamirizi yiwe. Abo yakoreye bamufashe nabi, ngo…
Muribuka DJ Paulin amenyesha ko hari abandi baririmvyi bakorera ku mugabane w'uburayi, bazokorana na Drama T muri ca giteramo afise i Buraya? Ubu amazina yatanguye kumenyekana. Bahaga umuririmvyi w'inararibonye mu…
Kuri uyu wa 25 Ndamukiza 2023 Emery Sun yavuze KO Ku ncuro yiwe yambere yuriye indege inyuma y'imyaka irenga 10 ariko arakora umuziki . Baino umuririmvyi wa kera yamutumyeko muri Kenya kugira bakorane, bamwe ngo ntiyari…
Uwukoreye canke akavuga Big Fizzo nabi, ngo ashobora gukorerwa nabi mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo n'ivyo biheruka gushikirizwa n'umuririmvyi yitwa Mr Lee mu kiyago aheruka kugirana na webtv yitwa TYS TV. Ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.