Kigingi yitanze umusi, akora aka Video kagaruka ku nyifato abagore bitwaramwo ku musi mpuzamakungu wabahariwe, none yasanze akoze aho abagabo batari bake bagwaye, ariko nawe ahabwa gasopo ko atavuze make, bamuraza hanze. Mu…
Abavuze ngo ku macuniro ntihabura isazi ntibabeshe, kuko Drama T mu gihe we yariko yinjiza ama Miliyoni biciye Kuri YouTube yiwe, abandi bo bari mu nsaku ngo izo Views ziwe sizo n'izo yaguze. None inyungu ntiyabonetse…
Imisi isigaye ngo igiteramo cari catumiwemwo Double Jay mu Bufaransa kibe iharurwa ku ntoke, ariko uwo muririmvyi ntarahonyoza ikirenge Ku mugabane wa buraya, Kandi ngo atari Imana ibikoze ntazoshobora kuboneka mu giteramo…
Naho Drama T na Mow Kanzie bari bamaze Kabiri batatworoheye kubera indirimbo yabo nshasha, D One nawe yarayemwo, aho we atavuzwe mu rukundo n'umu Queen Video, ariko bavuzwe ku gishobora kuba ari umukenyuro…
Mu gihe abakuru b'ibihugu baheruka kwerekana umutima w'ugufashanya, abaririmvyi barimwo Kirikou na Kivumbi King nabo bagashiramwo ukuguru bakerekana ko ugukorana ari ngombwa hagati y'abarundi…
Mb Data abamukurikirana muri kino gihe urabona neza ko umengo yahoze gose ivyo nivyo vyatumye Indundi Magazine tumurondera kugira tumenye iryagona. Indundi mag: "Bite Mb Data umeze neza Mb Data:* Ndaho ndashima."…
Mista Champagne aheruka gukwiza abamukurikirana Kuri TikTok bashika 100,000. Akaba abaye umuririmvyi akorera ku butaka bw'uburundi akwije abamukurikirana bangana gutyo Kuri urwo rubuga. Urwo rubuga rusanzwe ruhurumbirwa…
Mu gihe hasigaye imisi iharurwa ku ntoke ngo igenekerezo rya 11 ntwarante rigere abaririmvyi Double Jay na Bwiza bateramishe abakunzi babo bo mu gisagara CA Lyon mu Bufaransa, gushika ubu nta numwe muribo arahonyoza ikirenge…
Nelly Nat ashobora kuba imbarutso y'intambara ishobora kurota hagati ya Natacha na Meili. Akoresheje Status za Whatsapp asanzwe akunda gukoresha cane, Nelly Nat yarungikiye abakoresha urubuga rwa Instagram rusubiza hasi…
Iyishurana rya Mkombozi na Sat -B ryatanguriye ku ndirimbo ya Mr Champagne yise Kajala yaririmbanye na Mkombozi n'abandi baririmvyi babiri baba Congomani ivyaririmbwe muriyo ndirimbo habaye kudatahura kumwe yuko bifise…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.