Wa mwana w'umukobwa Keza Thiara aheruka kuvugwa wa Big Fizzo yipfurije musazawe, Tresor Mugani isabukuru nziza y'amavuko. Amakuru dukesha abegereye uwo muryango abishikiriza, uwo musore akwije imyaka 23…
AMB(Amicales des musiciens) Ishirahamwe ry'abaririmvyi ba hano iwacu. Nubwo ari ishirahamwe ry'abaririmvyi si bose bamaze gutahura akamaro ribafitiye, ariko bisa nibigiye kuba ngombwa KO umuririmvyi abwirizwa kuba…
Fabilove n'umuririmvyi w'umu rapeur benshi bashingira intahe ko afise ubwitonzi butajanye n'umudiho akora. Igiteramo cari categuwe n'abanyarwanda mu Burundi ahitwa kuri word Beach carimwo abarapeur gusa,…
Aba Dj 2 b'abarundi baba mu Bufaransa, DJ Bobo na DJ Saido, nibo bahamagawe ngo bazovuze umuziki mu giteramo ca Christopher na Rider Man mu bufaransa. Abo baririmvyi b'abanyarwanda bari mu ruhererekane…
Umwanya n'umwanya Umuririmvyi Kingorongoro ashobora gusohora Indirimbo nshasha. Iyo ndirimbo ikaba yavuzwe n'umuririmvyi Mugani Desire muri kino gihe abarizwa mu gihugu c'Ubufaransa, aho yagira comment Kuri…
Fleury Legend Umurundi ahinyanyura amasanamu, akaba ari nawe akora ireresi riri mu yakunzwe mu Rwanda muri kino gihe, "Impanga", yajanye umugore wiwe akaba n'umukinyi akomeye w'amareresi mu Rwanda muri…
DJ Ira uno musi ngo aharurwa mu ma Miliyaridi y'abantu bemeye gukurikira Yezu kirisu ngo ababere umucunguzi, ariko Kandi anatera intambwe mu kubatizwa mu mazi menshi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram rugeze ku…
Umugozi wo mw'izosi bakunze kwita Cravate mu kinyamazuru wa Sat-b wateje uruhagarara Kuri Facebook. Inyuma yaho uwo muririmvyi wacu abonetse yambaye uwo mugozi, ku musi wa gatanu aho bari baramutse bakorera igiteramo…
Mu makuru yacu twabashikirije twarababwiye ko August Burundi bivanye n'ikirere kitari kimeze neza muri Amerika iyasanzwe aba vyabaye ngombwa ko atofata amasanamu y'indirimbo Nyamwigendako none vyahinduye isura.…
Sat- B uretse ko ari umuririmvyi asanzwe afise inzu ya ba mukerarugrndo (agence de Voyage) na Coopérative yama avuga ko atariwe ayirongoye ngo ahubwo bose n'abarongozi ikizwi nuko abayihurikiyemwo benshi ari abari muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.