Ukubuza ko ama moto n'ama bajaji ashika mu gisagara hagati n'ingingo yafashwe n'abahinga kandi kuva ifashwe hari ibintu vyahindutse. Mu kiganiro c'urwego nshingwabikorwa rwa Reta cabereye k'umurwa…
Haribonekeza ubukene bw’amazi meza k’murwa mukuru w’intara ya Muyinga abasanzwe baba ngaho bashikriza ko ubu bikora k’umazi bavoma mu myonga ivyo navyo bakemeza ko bibavuna.Ishirahamwe Regideso ritanaga amatara n4amazi muri…
N’urukino rwatunganijwe n’abakinyi b’abarundi bakina mu bindi bihugu, nk’uko bishikirizwa n’umwe muri bo n’uko intumbero ari ukugira bagarukira k’umiryango yahuye n’ingorane ziturutse kwituda ry’amazi y’ikiyaga…
Umwe mu bakinyi ngenderwako b’Intamba mu rugamba mu myaka wa 2005 kuduga Mbazumutima Henry yitavye Imana . Hanry akaba yitavye Imana biturutse kungwara yari amaranye imisi arwaye iyo asanzwe aba mu gihugu c’africa y’epfo .…
Bamwe mu banyagihugu bo mu buraruko bw'igisagara ca Bujumbura babona k'umugambi w'ukubaronsa amazi avuye mu masoko ari mu mitumba ihanamiye igisagara ca Bujumbura wemewe n'ubushikiranganji muvyo bujejwe…
Nk'uko vyashikirijwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati ari umutumire mu nama nshingamateka ku musi wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,iyo nteguro y'ibwirizwa ije kwisunga intunganyo nshasha…
Liduine Bigirimana, n’umukeyezi w’imyaka 62 ava mu bwoko bw’abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari ,…
Kuva mu kwezi kwa kabiri kw'umwaka wa 2024 umugende wa Cari uca muri serire ya 12 muri karitiye Winterekwa uramaze guhitana igice c'ibarabara rimwe ,ryo nyene ry'ikaburimbo rica muri iyo karitiye. Uretse iryo…
Bamwe mu bacukura urucekeri ku mutumba Gakungwe zone Ramba komine Kabezi y’intara ya Bujumbura bazindutse bitura ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 27 Ruhuma umwaka wa 2024 umushikiranganji w’ibidukikije kugira abarenganure…
Imisi irenga icumi u Burundi bwugaye imbibe zo hasi zibugabura u Rwanda ubu imigenderanire yarahagaze nayo ibikorwa vy'urudandaza biracumbagira mugasagara ka Kiziba i Kabarore muri muri komine n'intara ya Kayanza Mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.