Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba waraye ukoze imyimenyerezo yambere yo kwitegurira umugwi wa Gambia mu rukino ruzoba kuwa Kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023, mu nkino zo kurondera itike ryo kwitabira inkino…
Kw'igenekerezo rya20 gitugutu 2023 mu nyubakwa z'ubushikirangaji muvyo bujejwe harimwo inkino,niho hatunganwa ikiganiro kubanditsi n'abamenyeshamakuru kwitegurwa ry'ihiganwa ry'abigeme ryokwiruka…
Agahinda k'abafana batari bake ba Big Fizzo, kagiye guhera, kuko Indirimbo ya mbere ya Big Fizzo ishobora gukwiza Views 1,000,000 umwanya uwariwo wose. Mu kiganiro Big Fizzo yaheruka gutanga aha bagenzi bacu bakorera…
Mu kiganiro "indundi Hit Show" co kuri uyu wa mbere, twagendewe n'umuririmvyi rurangiranwa mu midiho itandukanye inakunzwe cane, haba ku rwaruka canke abakuze na rirya yakoze kuva kera. Nassor Salum…
Bamwe mubakenyezi bo mugisagara ca Gitega bavuga ko bamaze gutahura akamaro ko gutandukanya imvyaro , canke kuvyara abana bake bakoresheje uburyo butandukanye butangwa kwa muganga. Nico kimwe kandi na bamwe mubagabo , bavuga…
Ihinguriro ry'ivyuma bita "fer à béton" ryo mu Burundi #FABRIMETAL rivuga ko rishigikiye ingingo iherutse gutangazwa n'ikigo #BBN, kijejwe kugenzura ubuziranenge bw'ibidandazwa. Iyo ngingo ijanye no…
Ubwo Issa Jamal benshi muzi nka Yoya, yoba agiye gusubira Kandi kugaruka mu Muziki nkuko vyahora? Ico Nico kibazo twokwibazwa kubera Indirimbo nshasha yashize ahabona. Uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane w'uburayi, neza…
Mugihe Mkombozi akiri mu rugendo mu gihugu ca Tanzania inkuru y'umunezero yamusanzeyo. Nkuko yavutse mu kwezi kwa Mukakaro igenekerezo rya 24 ni nakwo kwezi nyene yaronkeyeko ikibondo kw'igenekerezo rya 12 Mukakaro…
Imvukira yo muri Zone Kiyenzi Commune Kanyosha umutumba wa Buhina intara ya Bujumbura Rural Hakizimana Vital yashinze umurwi w’umupira w’amaguru w’abigeme uzoza userukira zone yabo ya Kiyenzi . Hari kuri uyu w’Imana…
Umurwi w’Abakambwe wo mu gihigu c’Urwanda ukina urukino rwa Cricket waraye utsinze umurwi wa Nyanzalac Star wa hano iwacu Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Mukakaro 2023 Isaha umunani z’umurango ( 14h00) ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.