#Sat B abandanya agaragaza umunezo wiwe
Inyuma yo guhabwa agafovya k 'amafaranga kumwe no kwemererwa gufashwa mu rugamba rwo gushika kure bikozwe n'ishirahamwe ry'ibinyobwa Crown Royal. Ryari iteka ridasanzwe kuri uno muririmvyi kuko ari…
Inyuma yo guhabwa agafovya k 'amafaranga kumwe no kwemererwa gufashwa mu rugamba rwo gushika kure bikozwe n'ishirahamwe ry'ibinyobwa Crown Royal. Ryari iteka ridasanzwe kuri uno muririmvyi kuko ari…
Haheze imyaka 3 n'amezi 5 indirimbo feel love ya Sat B iri kuri YouTube, hari kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 04,ndamukiza yagaragaje umunezero afise mugukwiza 1000000 vyabayuravye. Biciye ku rubuga rwiwe rwa…
https://www.youtube.com/watch?v=zFi2_AO7bk8
Inyuma yo gutahukana agashimwe k' ihiganwa Primusic, umwigeme akiri muto cane Laurette Tetero abandanya kuvugisha abantu benshi, bikanabonekamwo n'ukutumvikana ku bamukurikirana. Abaserukizi b'ikinyobwa Primus…
https://www.youtube.com/watch?v=zuoiX_gbNzA&feature=youtu.be
https://youtu.be/0Jpu48ntHwg
https://www.youtube.com/watch?v=QNT-k2aZXJs&feature=youtu.be
Belle9ce Ingabire umwigeme ataguye umuziki inyuma yamezi make ahaciye awutanguye yatowe kuba umu ambassadeur muruhande rwabigeme muri Primusic. Belle9ce ku ndirimbo SABO aheruka gukora igasohokana n'amasanamu aho!-->!-->!-->!-->!-->…
Magic kingorongoro yahora mu buyobozi bwa Trust No Body irongowe na Wanda Boy Z hero ubu ntakiri musi y’ubwo buyobozi. Umuririmvyi Magic Kingorongoro ubu ntakibarizwa mubuyubozi bwa Trust No Body nk’uko abishikiriza ubu!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura mu giteramo ku butumire bw’abarongoye Cristal Event yaronkejwe. Sat-B & Sheebah Karungi Abarongoye Cristal Event!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.