Impari zabaye zose Kuri Twitter kuva hamenyekana ko umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, yahaye ikiganiro umu YouTuber w'umurundi azwi nka Juste Gael, akoresha urubuga rwa YouTube rwitwa Umukubito. Kuri urwo…
Abagiye badukurikirana kuva Dutanguye kubabwira ibijanye n'isabukuru "Dukunde Uburundi" amagenekerezo yarahindutse ndetse nahari Irebe company hari Dicobu uti bigiye kugenda gute? Isango ryahindutse ahari…
Mow Kanzie batanguye kumusaba ngo abategura ibiteramo mu Mahanga barabe nawe bazomushire muri List, bakaba banashikiriza uwo bipfuza ko bagenda bajanye. Umumenyeshamakuru w'umurundi abarizwa i Burayi, Elsie Gretta…
Alvin Smith arahumaganye, ngo ntakeneye ko abantu bagurisha impuzu bakoresha amafoto yiwe Ku mbugahwaniro bakoresha, bavuga ko ariho yaguriye izo mpuzu. Uwo muririmvyi avuga ko igituma ngo ari uko aba yabarishe amafaranga,…
Urubuga rwa Twitter, ni urubuga rumaze igihe ruhurumbiwe mu Burundi n'abakiri bato, bo mu mice yose, baba abari mu Muziki, abaja kuhayagira, canke abamenyeshamakuru, bose bakaba bamaze kugira umuryango witwa #abatwip.…
Sebarundi ngo yumvise amaborogo y'#abatwip Imyidogo abarundi batari bake cane cane abakoresha imbuga ngurukanabumenyi bari bagize imisi bafise, Se barundi yayumvise. Kw'igenekerezo rya 10/5, I Gitega hakoraniye…
Amagogwa imiryango yo mu gatumba igorewe hagati y’amazi,Ingona, Inzara, Imibu n’Imvubu arakeneye ubutabazi bwihuta Ego nivyo Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu Iterambere rusangi n’Umutekano yarifatiwe mu gahanga…
Kuri uyu wa 25 Ndamukiza 2023 Emery Sun yavuze KO Ku ncuro yiwe yambere yuriye indege inyuma y'imyaka irenga 10 ariko arakora umuziki . Baino umuririmvyi wa kera yamutumyeko muri Kenya kugira bakorane, bamwe ngo ntiyari…
Mu gihe agahengwe katari bwaboneke kubera amakuru ya wa munonotsi w'umugabo aheruka kumenyekana ko agiye kuzohiganwa ari umunya Espagne, none Francine Niyonsaba nawe akojeje agati mu ntozi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Cocoda n'umuririmvyi w'umurundi aba muri l'ETA zuze ubumwe bwa Amerika igituma yasokoye mw'ihiganwa ritegurwa na DICOBU ngo nuko yaronse ingorane zo muri Famille yamara abategura iryo higanwa arabemera.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.