Ivyabaye Kuri Bruce Melodie I Gitega, ntiyabisize ngaha, ahubwo yanabijabukanye I Kigali iwabo. Nkuko twabashije kubibona, Bruce Melodie yavuze ko ababajwe cane no kuba ikinyamakuru yarasanzwe yemera nk'Igihe, candika…
Iboneka ry'igipolisi Kuri Stage ya Primusic vyaraye bibaye mu giteramo cabereye mu ntara ya Gitega, ntibivugwako rumwe n'abagize ico babishikirizako. Mu gihe abatari bake, bakoresheje imbuga basanzwe bakoresha nka…
Mutima ngo umugore yashize mu nzu ntameze co kimwe n'abubu, kuko we n'umuzezwa nzu ntameze nka bamwe birigwa Kuri za Snapchat. Mu gihe Mutima le Comedien aheruka kuvugwako kuronka umwana wiwe wa mbere amaze amezi 6…
Aba Comedien bacirondeza ngo ntibagiye gusubira kuboneka muri Kigingi Summer Comedy, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Kigingi ubwiwe, aho yaganira n'umwe mu bamenyeshamakuru b'abarundi. Uwo Mugabo asigaye ari…
Big Fizzo naho we ata Mutima mubi yavyandikanye, ariko bamwe mu babonye ubutumwa yarungikiye Kidum babubonyemwo amakosa. Ukubona Big Fizzo na Kidum kwi foto imwe, vyatumye abafana basaba ibirengeye ivyo bari bahawe biciye…
Ndayizeye Lellie Ari nawe Miss Burundi 2023, baramugabuye Inyama Kubera Twitter aheruka kwandika. Uwo mwigeme yatwaye igitsibo ca Miss Burundi 2023, aheruka kwandika Kuri urwo rubuga ruheruka guhabwa akazina ka "X"…
Big Fizzo nawe ashizwe mu gitigiri c'abasuma nka Diamond Platnumz aheruka kwagirizwa ubusuma na benewabo bo mu burengero bwa Africa. Ku rubuga rwa Facebook rwa Manager Jackson, haheruka gushirwako Post yagaruka…
Mista Champagne ntiyorohewe ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho yabaza nimba mu kwezi kw'8 yosubira Kandi kugarukana Kajala hano iwacu. Uwo Mugabo bisanzwe bizwi ko afise amamuko muri Congo, ntiyorohewe n'abashobora…
Ibikorwa bishasha ngo vyoba biriko birategurwa, bigiye gushirwa ahabona, ivyo nivyo tubona biheruka gushikirizwa na Emelance Emy hamwe na DJ Jackson. Akoresheje Facebook yiwe, Manager Jackson aheruka kumenyesha ko Emelance…
Akavuze abarundi ngo Iteka aho ryamye. Umunezero ni wose Kuri Alvin Smith, kuko ngo Emery Sun yemeye kumwandikira Indirimbo, ata n'urukoroka atanze. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'uwo muririmvyi w'akadaje…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.