Ba bahungu ba Big Fizzo, Drama T na Double Jay bashimye gukenyura kumwe abafana b'abo. Mu misi iheze, imbere Yuko hasohoka Indirimbo Itamporize igeze ku Miliyoni 2 n'ibihumbi 400 vy'ama Views Kuri YouTube ya…
Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c'icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry'umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye…
Drama t amaze imisi yagize Kigali muhira ha Kabiri aheruka gushirwa mu gitigiri c'abaririmvyi bazoboneka mu giteramo citiriwe Ally soudy & Friends. Ico giteramo kizobonekamwo abaririmvyi batari bake barimwo na Bruce…
Abari mu bwongereza n'abo ngo bagiye kubona umuririmvyi Fortran Bigirimana, kuko yahamagawe kuhakorera igiteramo. Nkuko twabashije kubibona ku rubuga rwiwe rwa Facebook, Fortran Bigirimana, agiye kuzokwitabira ubutumire…
Muri uku kwezi abaririmvyi batari bake bakaba bagize amasabukuru y'amavuko, Barimwo Big Fizzo yayigize uno musi wa Kabiri. Hampande y'abandi, Big Fizzo we akaba yahavuye ashira ahabona imyaka y'amavuko akwije,…
Ni kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023 bamwe mu barongoye ishirahamwe ry'aba Diaspora, Manirakiza J. Berkimas icegera c'uwutwara iryo shirahamwe Secrétaire général, Willy Ndabaniwe hamwe na madame…
Amakenga atanguye kuba menshi ngaho hanze kubera ibura ry'ama Video y'ibikorwa Drama t ariko arakorera I Dubai, aho amaze imisi. Nkuko bitanguye kuboneka ku rubuga rwa Facebook, aba Promoter bamwe bamwe batanguye…
Iboneka ry'umukuru w'igihugu ku rubuga rwa YouTube rwa Juste Gael bita Umukubito, ntiryavugushije abanya Kigali gusa nkuko twari twabivuzeko mu misi iheze gusa, ahubwo n'abarundi n'abo ntibabibonye kumwe.…
Bigama Alvin nawe ntiyorohewe kuri Twitter kubera ifoto aheruka gushira ahabona kuri urwo rubuga. Uwo munyamideri w'umurundi abarizwa mu bufaransa, aheruka gusangiza ifoto yiwe Kuri Twitter, ifoto itavuzweko rumwe kubera…
Kuvuga Kwa Mutima ko yibarutse, vyateje uruhagarara Kuri Twitter, nkuko twabashije kubibona. Nkuko bimenyerewe Kuri Twitter, co kimwe no kuri Facebook, iyo hari ikintu kibaye, abantu babivugako cane, rimwe na rimwe bakanavuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.