Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana azoronke ico aha abantu. Ivyo n’ivyo aheruka kuyagira ikinyamakuru…
Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi bafatwa nk’abasazi. Kidum abajijwe ngo abisobanure yavuze ko ubusazi bwabo atari ubwa…
Uruhererekane rw'indirimbo Babbi yari yamenyesheje ko zizoja ahabona vuba, zamaze gushirwa ku mugaragaro ku muhora wiwe wa YouTube. Izo ndirimbo nkuko yari yabimenyesheje zikaba zigera kuri 5. Izo zose zikaba zashizweko…
Umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa mu gihugu ca Canada, Kaya Free, aheruka kumenyesha ko hari ibikorwa bishasha biriko birategurwa ngo vuba cane bizoshirwa ahabona. Ivyo navyo s’ibindi n’urukurikirane tutarabasha…
Harageze ko nkora EP yanje kubera urugezo umuziki wanje ugezeko. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Babbi mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko iyo EP yiwe izoba igizwe…
Inyuma y’iyinga ashitse mubwa Nyaburunga aho yatumenyesheje ko azanwe n’urukundo rwamye ruranga abarundi kuva kera na rindi, umuvugizi w’ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA 🇺🇸) risanzwe riyobowe…
Kw'igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2020, Abarundi baba mu Bushinwa baratunganije ikiganiro “KU ZIKO” cari ikigira kabiri gitunganijwe, aho umutumire yari umuronzi w'ikirundi Patrice Ntafatiro aba mu gihugu ca Canada.…
John Peter Hakizimana azwi nka John Classic kw'izina ry'ubusani, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko aritwara neza mu…
Indwi yahariwe abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abo bose bahabaye igiye gutangura vuba mu misi ine gusa kw'igenekerezo rya 22 Mukakaro uwu mwaka maze iheze irangire kw'igenekerezo rya 26 na uku kwezi nyene.…
Isokomusic n'urubuga rw'uwitwa umuririmvyi uwariwe wese w'umurundi, yaba uwuririmba indirimbo zihimbaza Imana, canke izikunze kwitwa ko ari iz'isi. Isokomusic n'urubuga rugiye kugurisha umuziki…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.