Inyuma y'ibibazo n'inryane zihitiye mu barundi bahurikiye mw'ishirahamwe BDUSA hiribonekeza ivuka ry'ayandi mashirahamwe atangujwe n'abahoze muri uwo muryango. Abarundi barikumwe n'abandi…
Ibikorwa, igihagararo, n'ijunja n'ijambo vya Alphonse Nahimana biragoye guhisha mu gihugu nk'Uburundi gifise uburinganire bwa metero kwadarato 27832 km2. Niwe yatanguje NCDP rimwe mu mashirahamwe…
Kuwa 2 nzero umwaka w'2022 hazoca uwambaye muri Arizona muri Reta zunze ubumwe za Amerika aho abaririmvyi b'ababarundi batandukanye baba muri ico gihugu bazoteramisha benewabo baba muri ico gihugu mu ntumbero yo…
Imiriyaridi 12 z’amafaranga y’amarundi nizo zikenewe kugira ibanki y’Abarundi bakorera mu mahanga BUDG Bank (Burundian Diaspora Gateway Bank) ibone izuba. Ivyo ni ibishikirizwa na Fabrice Manirakiza arongoye umurwi…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Mukakaro 2021, haramutse hugururwa icese Radio CDN, Ijwi rya Cibitoke ikorera mu ntara ya Cibitoke, Komine Rugombo ku Mutumba wa Cibitoke nyene. Ibirori vyatangujwe na Marie Chantal…
Inyuma yaho twumviye inkuru y'umubabaro yahavuye inemezwa na Nziza Désire disire ubwiwe , ayo makuru yavuga ko uwo muririmvyi yabuze uwo baheruka kurushinga hamwe. Nziza Désire akaba yabuze abuze uwo bari bamaze amezi…
Mugihe iguhugu c’Uburundi citeguriye guhimbaza imyaka 59 iheze cikukiye, abarundi bari muri Amerika barateganije kwifatanya n’abandi kuri uwo munsi utoroshe. Igiteramo categuwe n’ishirahamwe "Tuvugane" risanzwe…
Who is Going to Win Awards on Burundi’s Independence Day? Tuvugane Celebrates Burundi’s 59th Year of Indepence By Giving Out Awards to Burundian-Americans Doing Impactful Work in Their Communities On the 2nd through…
La Diaspora burundaise de France, Espagne, Monaco et Portugal condamne les attaques terroristes perpétrées récemment au Burundi par des groupes armés non encore élucidés. Dans un communiqué de presse, Ndabashinze Elie,…
Hano mu gihugu cacu biraboneka ko imyiteguro yo guhimbaza isabukuru y'imyaka 59 Uburundi buhawe intahe yo kwikukira ikaze cane, na cane cane mu nzego z'umutekano, aho ni mugihe muri America urwaruka ruhurikiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.