Imisi irenga icumi u Burundi bwugaye imbibe zo hasi zibugabura u Rwanda ubu imigenderanire yarahagaze nayo ibikorwa vy'urudandaza biracumbagira mugasagara ka Kiziba i Kabarore muri muri komine n'intara ya Kayanza Mu…
Ingingo yo gupima uburinganire bw'amatongo yose arimwa nk'uko itangazwa n'a Reta y'Uburundi,igamije guteza imbere igisata c''uburimyi kuko gushika ubu atabiharuro n'intonde z'amatongo…
Umugwi Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega ukina mu cicaro ca mbere muri Primus League waguze umukinyi wa kera wa Flambeau du Centre . Kuri uyu wa gatanu Igenekerezo rya 12 Nzero 2024 , mu ntumbero yo kwitegurira neza…
Inyuma yaho umuririmvyi Tomson the Voice yidogeye abaririmvyi n'abahinyanyuzi ko atarukundo bafise hagati yabo, umuririmvyikazi Lee Charon nawe yagize ico abivugako. Hari ku musi wa gatatu Igenekerezo rya 10 Nzero 2024…
Umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba w'abigeme batarenza imyaka 20 uhejeje gufata urugendo kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 10 Nzero umwaka wa 2024 rubashikana mu gisagara c'i Dar-Es-Saalam mu gihugu ca…
Imvura nyishi yaguye muri gihe c'agatasi yatumye imyaba irimwamwo umuceri yuzura amazi. Ni uruhombo runini ku barimyi b'ico giterwa mu turere dutandukanye tw'iyo ntara Nk'uko bishikirizwa n'abarimyi…
Mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 08 nzero 2024 ku kibuga c'ubuhinga mu Ngagara CTN, umurwi nserukiragihugu usanzwe umenyerezwa na Alain Olivier Niyungeko, asanzwe kandi amenyereza umurwi Bumamuru FC,…
Mugihe muri kino gihe mu gihugu ca Tanzania bageze mugihe c’igura n’igurishwa ( Mercato), umugwi Mtibwa Sugar nawo ngo woba wamaze kwikorako k’umunyegori w’Intamba mu rugamba Justin Ndikumana. N'inkuru yatanzwe ubwa…
Mu mpera z'umwaka wa 2023 kingorongoro yaratewe iteka ryo guteramisha abakunzi biwe baba muri Afrika yepfo mu binza bitatu bitandukanye igenekerezo rya 31 Kigarama 2023, n'igenekerezo rya 1 Nzero 2024. Icagiye…
Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD- FDD abona ko hari amashure menshi y’indaro ubu arimwo abanyeshure bake , mbere ugasanga n’ibirasi bigaragara.Mukiganiro yatunganije kubamenyeshamakuru kw’igenekerezo rya 02 Nzero…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.