Umurwi nserukira gihugu wa Handball w’abatarenza imyaka 19 uriko witegurira urugendo ruzobashikana mu gihugu ca Croatie mu ntumbero yo kwitabira inkino z’igikombe c’Isi , Ishirahamwe ry’urukino rwa Handball mu Burundi rigiye…
Mu gihe Ivya Big Fizzo na Lolilo vyari bigize imisi bicureshe, uwo muririmvyi wa Ndabizi asubiye kandi kuvyonga akarere, anashiramwo umukobwa wiwe Eden, aho nawe yamwihakanye. Big Fizzo asubiye Kandi gukoza agati mu ntozi,…
Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu intamba mu rugamba, ntiyorohewe n'abafana kubera atahamagaye umukinyi Saido Ntibazonkiza mu gitigiri c'abazoboneka mu rukino rw'ukurondera itike ya CAN. Abafana bamwe…
Abaririmvyi Big Fizzo na Sat-B boba bikubise agashi bagashigikira umwe mu baririmvyi akitswe n'amagara, inyuma yaho bidogewe na Baouden kuko ngo batabashije kumushigikira mu kibazo yarimwo, cahatswe kumwinjiza Ibohero…
Divine light n'umuririmvyikazi aririmba indirimbo zininahaza Imana mu mateka yiwe ngo ivyo yaciyemwo nivyo bimukomeza bituma aja kuyindi ntambwe mwibaza ko ariyihe ntambwe yateye ? Yatanguye kumenyekana ku ndirimbo yiwe…
Umukinyi Saido Ntibazonkiza yaraye yanditse amateka akomeye mu gihugu ca Tanzania . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 12 Ruheshi 2023 , mu gihugu ca Tanzania niho batanze ubushimwe ku bakinyi bitwaye neza mw’ihiganwa ryo mu…
Umumenyereza wa Olympic Star i Muyinga Ismail Nduwantare ashobora kwerekeza mu murwi wa LLBS4A Amasipiri Fc waduze mu cicaro ca mbere muri uno mwaka wa 2023 . Amakuru Indundi Sports yaronse n’uko uwo mumenyereza umwanya…
Umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba muri Handball w’abatarenza imyaka 18 wagendewe n’indongozi z’ishirahamwe rya Handball mu Burundi . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 08 Ruheshi 2023 , Isaha cumi n’umwe…
Abafana ba Berry Music hamwe n'abakurikirana umuziki muri rusangi umutima uri mu kirere ko Berry Music nawe agiye guhamvya abandi baririmvyi b'abarundi basuhukiye mu mahanga, mu gushira ku ruhande ingabire yiwe yo…
Umurwi nserukira gihugu Beach Soccer ugiye kwitegurira inkino za National Day zizobera mu gihugu Seychelles. Umumenyereza mukuru w’umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wa Beach Soccer Bulenge Ally , yashize ahabona…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.