Ikiza ca Ebola cahitanye abarenga 500 mu mezi 6, inyuma yaho gihitanye 11,000 mu burengero bwa Afrika. Ariko imirwi ijejwe kugwanya iyo ngwara ikaba yarabashije gukingira abarenga 76425 kubera incanco bahawe. Kuri uyu!-->!-->!-->!-->!-->…
Hari haciye igihe kitari gito umuririmvyi Nziza Desirer atagishasha azanye mu muziki ndundi, agacerere yaramazemwo imisi akaba ngo agasohakanye vyinshi, akaba yaje n’akaririmbo gashasha yise “Murasa”. Murasa akaba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/z2FmunEcIh0?list=PLfqlH3YW9SLaNhvmOACybmCHL3B5lBURT
ku bivurwa ko Ommy yoba yararwaye mu muhogo kubera uburozi bashobora kuba bari bamuhaye, uwo muririmvyi yagarukiye ku cobo avuga ko ataco yoronka abivugako. Mu gihe aheruka gutahuka i Dar es ssallam aho yaravuye mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Preeze avuga ko umusahirizi yoba azanywe n'ukumurihira inzu hamwe n'ukumugurira impuzu, uwo ngo yoshaka akirekera. Preeze ngo nta mugambi afise wo kurondera abasahirizi bamugurira impuzu canke abamurihira inzu, kuko ivyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza avuka hano iwacu Ndayiragije Etienne niwe yatowe nk'umumenyereza w'ukwezi kwa Nzero nishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Tanzania . Etienne Ndayiragije akaba ariwe mumenyereza wenyene yakinye inkino 4!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Karim Nizigiyimana batazira Makenz agiye kuboneka mu kibuga Ku ncuro yiwe yambere ari muri Vipers Fc. Inyuma yo kugurwa n'umugwi Vipers Fc ukina mu cicaro ca mbere mu Buganda kur' uyu wa Gatandatu igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu avuga ko naho abaririmvyi bata umwikomo ku butegetsi, ngo amakosa akorwa nabo ubwabo. Dudu Niyukuri yahavuye ahishura impamvu yamutumye we yerekeza mu gihugu ca Kenya. Aho ni mu gihe we n'abatari bake mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe wandaboy avuga ko indirimbo ya Sat-b na Meddy aribo bayifise, Sat-b we avuga ko iyo ndirimbo itarahera, ahubwo ngo agiye kuyiherahereza i Kigali mu Rwanda. Sat-b avuga ko ivyo ari ivyo baheruka kuganira na Meddy!-->!-->!-->!-->!-->…
Habaye ukutumvikana hagati y'abashingamateka muri Tanzania kubera ukwigenyeza, Ugusiramurwa. Ivyo bikaba vyasabwe n'umugore w'umushingamateka, ashigikirwa na mugenziwe ariko umwe mu bashingamateka!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.