Mugihe hatekanijwe urukino gwa kivandimwe kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 15 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda 15h 00 ruza guhuza Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 10 gushika Igenekerezo rya 13 nzero ihiganwa ry'igikombe c'Umukuru ryarabandanije mu gice 1/16 gishira icanyuma. Uku Niko imigwi yose yatsindanye : -Rukinzo 1-0 Les crocos Vital'o Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Nyenicubahiro Umuruku w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yaraye ashinze icese urukino rwo gusiganwa ku miduga . Hari kuri uyu wa Gatandatu w' igenekerezo rya 12 Nzero aho Umukuru w'igihugu!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umusatirizi w'Intamba mu rugamba Bimenyimana Bon Fils Caleb abandanya yitwara neza. Hari kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 13 nzero aho ihiganwa ryo mu Rwanda ryari riteye kundwi ya 14, Rayon Sport yari iramutse!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho bitari bwavurwe, ngo Cristiano yoba ariwe nkwezi y’amarere yukutumvikana kwa Zidane na Real Madrid ivyahavuye bivamwo ugukinjura muri uwo murwi. Imvo n’imvano y’ikinjura rya Zinedine zidane muri real Madrid ngo yoba!-->!-->!-->!-->!-->…
B face yashize ahabona akandi karirimbo gashasha yise Namba moja, aho agaruka ku buryo yandika n’umudiho akaririmvyemwo. Inyuma y’akaririmbo Siko yari yasohoye avuga ku bana b’impfuvyi, B face yasubiriye gushira ahabona!-->!-->!-->!-->!-->…
Umwe mu bakinyi bahamagawe mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 20 yaraye yitwaye neza. Uyo nawe akaba ari Mike Tresor amaze yahamagawe mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ku!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Muri afrika y’epfo habonetse ishirahamwe ryemeye gutangura kwenga n’ukudandaza inzoga ikozwe mu rumogi, nka hamwe basubiriye guhindura amategeko nkuko vyakozwe kw’ikoreshwa ry’ico giterwa. Poison City!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo guhabwa amasezerano y'umwaka n'igice yo gukinira Lusak Dynamos, Arakaza Mac Arthur yamaze gufata ikibanza ca mbere mw'igori. Mu rukino rwa kivandwimwe Lusaka Dynamos yaraye ikinye n'umugwi Circuit City!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/A4YBIM_EAz8?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.