https://www.youtube.com/watch?v=cboYCs6vg48&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu&t=0s
Ukuvuga ivyiza ni ngirakamaro, kuko ibibi n’ibidusubiza inyuma. Bikaba biheruka gushikirizwa na Annie Irankunda asanzwe arongoye ishirahamwe Reunion 257 Uruhara rw’abarundi baba mu mahanga ngo ni ngirakamaro cane mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kugira hamenyekane nimba AND ya Cristiano ariyo yabonetse ku mpuzu z’uwafashwe ku nguvu muri 2009, bamusohoreye umutahe wo kumuhagarika. Urubanza rw’ifatwa ku nguvu ryagirizwa umukinyi Cristiano Ronaldo rwasubiriye kandi!-->!-->!-->!-->!-->…
Intamba mu rugamba zemerewe imiriyoni 3 kuri buri mukinyi nizaramuka zitsinze urukino ruzobahuza na Gabon mu ntumbero yo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za CAN 2019 zizobera mu Misiri. Izo miriyoni umukinyi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Isanganya rya Gaz ryabaye muri aka gatondo k’uwa 6 I Paris mu bufaransa rimaze guhitana abashika 4 n’abandi barenga 10 bakomeretse bikomeye. Mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu Ku murwa mukuru I Paris mu Bufaransa, kwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya CAN U 20 izobera mu gihugu ca Niger wamaze kumenya imisi uzokina inkino zawo. Ikiranga misi c'izo nkino!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo kunanirwa kwakira inkino za Can 2019 senior kw'igihugu ca Cameron, Misiri nico gihugu catowe na CAF kizokwakira izo nkino. Misiri ikaba yarushije Africa yepfo amanota 16 kuri 1 hakaba hari mu nama yakoreshejwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa ahejeje gushira ahabona Urutonde rw'abakinyi 29 b'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 bagiye kwitegurira inkino zanyuma za CAN 2019 U 20 zigiye!-->!-->!-->…
Kuba yarakoranye na R Kelly mu mwaka wa 2013, Lady gaga avuga ko bwabaye ubujuju, go iyaba yosubije inyuma umwanya yokurikije imapanuro bari bamuhaye. Lady gaga nawe yahambije abandi mu kwihakana n’ugutunga urutoke R!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.