https://youtu.be/1qMmf_JZy9o?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama ndetse no ku musi w'Imana igenekerezo rya 23 Kigarama , ihiganwa rya Primus league rarabandanije Ku ndwi igira 19!-->!-->!-->…
Umugwi Mukura.Vs usanzwe umenyerezwa n'umumenyereza w'umurundi Haringingo Francis Mbaya wasezereye El Hilal Obeid wo muri Soudan mu mahiganwa ya Afrika yatwaye ibikombe iwayo CAF Confederation Cup ubatsinze kuma!-->!-->!-->…
Nk'uko mu bizi buri ukwezi ishirahamwe risanzwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama risohora urutonde rw'iko imigwi nserukira gihugu yama isumba sumbana ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona urutonde rw'abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z'indwi ya 19 ya Primus League kubera amakara atukura bafise. Abo nabo ni aba bakurikira: 1)!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 19 . aho umugwi Messager Buja watsinzwe na Ngozi City ibitsindo 4-1. Kuri uyu wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Tanasha umukunzi mushasha wa Diamond ngo ariteze kubana na Diamond uko ari kwose, naho bavuga koa ri umumalaya kuko ahindagura abakobwa buri kanya. We ico yishakira n’ugufatwa nk’umwamikazi. Inyuma y’imisi mikeya Diamond!-->!-->!-->!-->!-->…
Bagenzinikindi pasteur ari mu baguze urukurikirane rw’indirimbo Vichou Peace and Love yariko ashira ahabona, akaba ari mu baje imbere mu kuyigura uburyo bufadika. Bagenzinikindi Pasteur ahejeje kugura CD Abatari bake!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Natacha yavuze uburyo yitwaye mu gihe yaca aho abatari bake bamusaba kuryamana nawe kugira bamufashe mu muziki wiwe. Mu gihe abatari bake badakunze kuvuga ku buzima babayemwo bakiri bato mu muziki, Natacha we ntiyariye!-->!-->!-->!-->!-->…
Kidum yemeye kuzovuga uwuri inyuma y’ugushaka guhomvya ibiteramo birimwo iciwe nivya Meddy, mu kuvuga ko Meddy bazomumesa niyagera I Bujumbura. Uwavuze ko Meddy bazomwicira I Bujumbura ngo nta kindi yaragamije Atari!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.