Neymar ngo agiye kwibagira kuva muri PSG mu misi mikeya kubera amasezerano yagiranywe n'imwe mu mashirahamwe yo muri Qatar. Mu gihe hari hagize igihe havurwa ivy'ugushaka gusubira muri barcelona, canke kuja muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze ubumwe za amerika ho adasiba kubikora. Mu gihe asanzwe akorera ibikorwa vyiwe bitandukanye ngaha Iwacu, ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Credit photo : Burundi Sports Mu nkino zibiri z'ibirarane za Primus League zaraye zibereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 12 Kigarama umwaka wa 2018, aho!-->!-->!-->…
Uwahora amenyereza umugwi Olympic Star mu mwaka uheze umumenyereza Hussein Welo yaraye asubiye muri uyo mugwi giturumbuka. Ivyo bikaba vyaraye vyibonekeje mu gisagara ca Muyinga aho uyo mumenyereza Hussein Welo kuri uyu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 12 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa ry'iburayi UEFA champions league ryaraye ribandanije ku migwi yari isigaje inkino zimwe zimwe mw'itsinda. Uku niko baraye batsindanye: !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'aho igice ca mbere n'icakabiri vy'ireresi yabatijwe "Kijiji cha uchawi" bishiriwe ahabona, abari bamaze imisi basaba igice gikurikira ngo bagiye kukironswa mu misi ya vuba. Aganira na indundi, Gad Ahishakiye!-->!-->!-->!-->!-->…
Les hippopotames du Lac Tanganyika et du delta de la Rusizi ont un comportement dangereux jusqu'à tuer par an au moins une dizaine de personnes. C'est ce qu'a affirmé Jean Claude Ndayishimiye, conservateur!-->!-->!-->…
Aha tugarutse kuri wa Musozi Mariage kenshi na kenshi ukunda guhura n'ibihuhusi, bimwe mbere bikaza bimeze nka bimwe bita TSUNAMI aho bitema bigatongora, ingo zikabomoka, abubatse bagasanzara imitima, umuntu akonda…
Preeze arashira ahabona amasanamu y'akaririmbo Ikirara mu mwanya nk'uwo gukubita urugohe. Mu gihe hari haheze imisi hashizwe ahabona akaririmbo gashasha Cakira Big Fizzo yumvikanyemwo afashije umuririmvyi Preeze,!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/CnZuaDiHRl4?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.