Umuririmvyikazi Natacha yaraye atowe n'ishirahamwe ry’abaririmvyi ryitwa Coopérative des musiciens du Burundi nk’umuririmvyiyakoze neza cane kuruta abandi uno mwaka wa 2018. Ninyuma y’ibikorwa bitaribike!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Isaha imwe n'inusu y'ijoro, niho umuririmvyi w'umuhumure Ndikubwayo Gerard yatangura kuririmba indirimbo ya mbere mu giteramo citiriwe Agashitsi ka Kera cabereye muri Oasis of Peace mu gisagara Kigali. Akaba…
https://youtu.be/CITYIT61-gY?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu&t=1
Inyuma yo gushira umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi Sofa paka imyaka Ibiri (2) ,Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Justin Ndikumana yashizwe ahabona mu bakinyi Sofa paka izokwifashisha mw'ihiganwa…
Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018 no kuw'Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018, ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku ndwi ya 17. Uku ariko imigwi igiye guhura…
"Woye gutwarwa n'igihuhusi c'imishobisho maze ngo uzohave uca akenge, utakiri bwigarure!" Nk'uko hano twama tubikura mu bitabo vyandikwa n'abahinga banyuranye, turasanga vy'ukuri umuntu…
Naho atavuga abashobora kuba bamwanka urwo kumwica, ariko aremeza ko bariho bivanye n'ivyo baheruka kumukorera. Inyuma y'ukwibwa indirimbo zitaramenyekana igitigiri, humvikanye amajwi ya Big Fizzo yahumuriza…
R Flow yavuze ko hari akaganuke afitiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe, ariko ntiyabashije gushikiriza ryari kazoshirwa ahabona canke uko kazoba kameze. Inyuma y'uturirimbo ariko arumvikanamwo akorana n'abandi…
Kebby yashimiwe n'abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw'uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n'uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba bashimye mu gihe aheruka gushira…
Alikiba yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ishusho arikumwe na Yvonne chakachaka iyo akaba yahavuye iherekezwa n'amajambo avuga ku giteramo bimirije. Inyuma y'igihe akaririmbo Alikiba yakoranye n'umunya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.