Umwigeme Quiin Abenakyo asanzwe ari Miss Uganda2018-2019 yaraye yambitswe urugori rwa Miss Afrika-Monde 2018. Kuir uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 8 Kigarama i Sanya City muri Repubirika Populaire!-->!-->!-->!-->!-->…
Alors que le 2e vice-président de la Confédération africaine de football a annoncé vendredi passé la candidature de la République Democratique du Congo pour abriter la 32 e édition de la CAN sur la radio RFI, ce samedi, le!-->…
Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye. Abarundi baba Houston mu gisagara ca Texas muri Reta zunze ubumwe za Amerika bariko barategura…
Naho bigoye kuvuga ngo ryari, ariko uwukurikiranira hagufi ibikorwa vya Babbi muri Tanzania yavuze ko indirimbo izokurikira bazoraba barenze aho Kikomando igeze uno musi. Inyuma y'umyaka n'amezi 3, akaririmbo!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho ata vyemezo bafise, abatari bake bagiizaCypro Light kuriha umwigeme yabonetse atamba indirimbo yiwe ari gusa, kumuha amafaranga ngo abikore. Mu gihe hari hagize igihe hariko hakwirakwizwa hirya no hino amashusho!-->!-->!-->!-->!-->…
N'akababaro kenshi, Emelance arababazwa kuba inakuru yasezeye isi atabonye ico indirimbo yamwandikiye zamumariye. Indirimbo Yambogorera ngo niyo Emelance emmy akunda gusumba izindi ndirimbo yaririmvye, ivyo akaba aheruka!-->!-->!-->!-->!-->…
Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka afise uwumucungera!-->!-->!-->!-->!-->…
Selon une enquête réalisée et publiée en novembre par l’association de consommateurs UFC-Que Choisir, la surfacturation opérée par les sociétés de transfert d’argent sur les envois montre que certaines !-->!-->!-->…
Inyuma y'aho igihugu ca Cameroun cankiwe gutunganya amahiganwa ya CAN 2019 bitumwe n'uko ngo itashoboye kwitegura bihagije kugira ngo izoshobore kwakira atagahaze ayo mahiganwa, icegera c'umukuru wa CAF!-->!-->!-->…
Ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 7 Kigarama umwaka w'2018, amatati y'amatongo yarihaye inkumbi mu karere ka Lavun ko muri Rata ya Niger mu burengero bwa Nigeriya. Ubuzima bw'abantu!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.