Ikibazo catumye M Pesa ihagarara gukora mu kiringo c'amasaha abiri muri Kenya ku musi wa 1, catumye umunyamabanga wa leta ajejwe ubuhinga bwa none asaba amatohoza. Igisata c'ukurungikiranira amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho atakoze mu mufuko ngo ayigure, Lionel Messi ubu aharurwa mu bashobora kuzunguruka isi ata nkomanzi kuko afise indege ishobora kumujana umwanya abishakiye kandi n'abo ashatse ko bajana. Ubu Lionel Messi ngo asigaye!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe yaheruka kubwira aba Tanzania ko abatandukanya ivy'imvyaro ari abatagira ico babareresha, yasubiriye kwibutsa ko abazitwara bakiri kw'ishure nabo bobandanya gusezererwa. Amakuru dukesha Aljariza avuga ko abakobwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho hari abahinga bashobora kuziraba, ariko ngo igitigiri kinini c'abahora barabira ivy'urukozasoni ku mbuga zivyerekana ntibagishoboye kuziraba muri Uganda. Imbuga zerekana amashusho y'urukozasoni, canke izerekana!-->!-->!-->!-->!-->…
Kizigenza w'Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba Ndikumana Suleiman yahawe amasezerano yo gukunira Aladalah . Kuri uyu wa Mbere waraye uheze igenekerezo rya 10 Kigarama umwaka wa 2018 niho uyo kizigenza!-->!-->!-->!-->!-->…
"Impanuro twaheruka guhanahana zari iz'uko wokora ibishoboka ukarondera ibishobisho ( émotions) biza gushigikira ico wifuza gushikako muri kazoza. Ivyo navyo ukabikora ukoresheje kwandika misi yose urutonde…
Imvura y'isegenya idasanzwe iguye ku muhingamo wo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 10 Kigarama umwaka w'2018 yasize amazi ajererenga mu duce tumwe tumwe twaba utwo mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu ntara!-->…
Mac arthur ku kibuga c'indege ca Bujumbura Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Arakaza Mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu kitaramenyekana . Inyuma y'imisi ibiri haguma haboneka ifoto Ku mbuga ngurukana!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa 1 niho R Flow yashize ahabona akaririmbo gashasha yise Umusaraba W'urukundo, ako kakaba kanditswe n'umurundi waho hambere aranagashira ahabona, kakaba gasanzwe gakundwa n'abatari bake. Inyuma!-->!-->!-->!-->!-->…
Abenegihugu b'Ibihugu bitandukanye birimwo Congo na Angola batswe uburenganzira bwo bwinjira muri Tanzania ata Visa barishe, mu gihe Afrika yipfuza ko ibihugu biyigize vyugururira imipaka abanyafrika. Abenegihugu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.