Naho Drama T na Mow Kanzie bari bamaze Kabiri batatworoheye kubera indirimbo yabo nshasha, D One nawe yarayemwo, aho we atavuzwe mu rukundo n'umu Queen Video, ariko bavuzwe ku gishobora kuba ari umukenyuro…
Mu gihe abakuru b'ibihugu baheruka kwerekana umutima w'ugufashanya, abaririmvyi barimwo Kirikou na Kivumbi King nabo bagashiramwo ukuguru bakerekana ko ugukorana ari ngombwa hagati y'abarundi…
Mb Data abamukurikirana muri kino gihe urabona neza ko umengo yahoze gose ivyo nivyo vyatumye Indundi Magazine tumurondera kugira tumenye iryagona. Indundi mag: "Bite Mb Data umeze neza Mb Data:* Ndaho ndashima."…
Mista Champagne aheruka gukwiza abamukurikirana Kuri TikTok bashika 100,000. Akaba abaye umuririmvyi akorera ku butaka bw'uburundi akwije abamukurikirana bangana gutyo Kuri urwo rubuga. Urwo rubuga rusanzwe ruhurumbirwa…
Mu gihe hasigaye imisi iharurwa ku ntoke ngo igenekerezo rya 11 ntwarante rigere abaririmvyi Double Jay na Bwiza bateramishe abakunzi babo bo mu gisagara CA Lyon mu Bufaransa, gushika ubu nta numwe muribo arahonyoza ikirenge…
Ugukwiza Views 1,000,000 ngo n'ikintu gisanzwe, ico nico giheruka gushikirizwa na Yassin umwe muba Promoter barabwira hafi ivya Big Fizzo. Muri ubwo butumwa yacishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, yavuze ko yipfuza…
Nelly Nat ashobora kuba imbarutso y'intambara ishobora kurota hagati ya Natacha na Meili. Akoresheje Status za Whatsapp asanzwe akunda gukoresha cane, Nelly Nat yarungikiye abakoresha urubuga rwa Instagram rusubiza hasi…
Iyishurana rya Mkombozi na Sat -B ryatanguriye ku ndirimbo ya Mr Champagne yise Kajala yaririmbanye na Mkombozi n'abandi baririmvyi babiri baba Congomani ivyaririmbwe muriyo ndirimbo habaye kudatahura kumwe yuko bifise…
Wa mwana w'umukobwa Keza Thiara aheruka kuvugwa wa Big Fizzo yipfurije musazawe, Tresor Mugani isabukuru nziza y'amavuko. Amakuru dukesha abegereye uwo muryango abishikiriza, uwo musore akwije imyaka 23…
Intumwa ya FIFA Benjamin Veenbrink akaba n’umuhinga mu bijanye n’inyubako , aherekejwe n’uwurongoye ibiro vya #FIFA mu karere bari murugendo rw’imisi itatu mu Burundi . Abo bahinga bakaba baje mu ntumbero yo gukurikiranira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.