Meddy n'umugore wiwe Mimi bagiriye Isabukuru umwana wabo, kuko yarakwije umwaka avutse. Aho ni mu gihe hari hagize imisi insaku bavuga ko Meddy ashobora kuba akubitwa n'umugore wiwe iyo bari muri Amerika.…
Kuri za Instagram na Snapchat, abagabo bamwe bamwe bikanze ko wa mukobwa wacu Mow Kanzie yoba akina za reresi z'urukozasoni, kuko ivyo bamurungikira n'ibanga gusa. Mow Kanzie ngo ntiyorohewe ku mbuga nka Snapchat…
Umugambi uhari Kwa Alvin Smith n'uwo gufata akarere mu gihe Kiri imbere. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiyagiye mugenzi wacu Juste Gael. Mu gihe aheruka gushira ahabona EP nshasha yise 4You, uwo muririmvyi yavuze ko muri…
Mu gihe ariko akorana inguvu mu kuduza urubuga rwiwe Rwa TikTok, aho ubu ageze mu bariko barababa 25,000, Big Fizzo ngo yoba atorohewe Kuri urwo rubuga, none yiyamye abamubangamiye. Big Fizzo ashobora kuba hariho abantu…
Uretse Davy Carmel, ariko Dacia Munezero na AKbar Kasur iyaba vyabashobokera, ivyo Kadjan'in yakoreye uwo Mugabo akorera imboneshakure y'igihugu kibanyi c'Urwanda RBA, n'abo bashaka kubironkako, arico…
Mu gihe Ishirahamwe ry'abaririmvyi riguma rihamagarira abaririmvyi kuja kw'iyandikisha kugira bagire aho babarizwa nk'abaririmvyi no mukugira ico basavye Reta baze bagisabire hamwe, Alvin ntatahura ako kamo…
Kigingi benshi mwamumenye kubera Impano yiwe yogutwenza, ivyo akanabishingirwa intahe nabo yatanguriye uwo mwuga nka Mutima le comédien,Gasore,Raoul,Ildephonse n'abandi...... Abo basore barashimira Kigingi ko yahagaze…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye arashimira bimwe bivuye ku mutima mukuruwe Saido Ntibazonkiza . Abicishije ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe rwa Facebook yanditse avuga uko umukinyi Saidi Ntibazonkiza ari…
Ednaky n'umuririmvyikazi benshi bibazako yoba atanguye kuririmba vuba ariko haba namba, ahubwo yabaye bubihagarike gato akaba yatanguriye kuva ku ndirimbo ya Kiradodora arikumwe na Yakubino na Sam Over Mix, ubu uwo murwi…
Igenekerezo rya 9 Ntwarante 2023 niho yahaguka i Bujumbura yerekeza muri Afrika yepfo amwe mu majambo yagiye asavye abakunzi b'umuziki wiwe cokimwe n'abakunda umuziki w'Uburundi yasavye Ko bumusengera iryo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.