Cristal Event itwarwa na DJ Paulin bariko barisuganya kugira baze bahure n'umukuru w'igihugu, kugira bamwereke uko Leta y'Uburundi yokwungukira mu Baririmvyi, kuko abandi bose babonana nawe ngo bararira gusa…
Emery Sun yashimiye abatari bake kubera ugutahukana ikibanza ca 1 mw'ihiganwa rya Isanganiro Awards ry'uno mwaka, naho uwa Kabiri we avuga atarya umunwa ko ikibanza uwo muririmvyi arimwo cari gwiwe, ariko ngo…
Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n'abatari bake…
Umuririmvyi Saidi Braza ni inararibonye mu muziki w'Uburundi avuka mu Ntara ya Ngozi yamenyekanye cane ku ndirimbo yiwe Burikukiye,Kugasaka ka Inarunyonga n'izindiii nyinshi.... Mu vyamuranga rwari urukundo…
Zuguruzuguru ngo nizo zoba zibarizwa muri rya shirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, Indirimbo yakozwe kubw'ukwezi kwahariwe Umukenyezi, yitirirwa iryo shirahamwe ikaba atari imwe nkuko vyahora, zabaye 2. Imwe…
N'igiki coba cinyegeje inyuma y'ifutwa ry'ama foto n'ama Video atandukanye yari yashizwe Kuri Instagram ya Big Fizzo? Ico nico kibazo cibazwa n'abatari bake, barimwo na Yassin wamu Promoter akunda…
Etienne Ndayiragije yashize ahabona urutonde rw’abikinyi 23 bazotana mu mitwe n’umurwi nserukira gihugu wa Indonesie mu nkino zibiri za kivandimwe zimirije kuzoba ku magenekerezo ya 25 na 28 Ntwarante 2023. Muri abo bakinyi…
Ikibuga c’umupira w’amaguru kiri mu gisagara ca Ngozi hafi y’ibiro vy’iyo ntara kugira gihere haracabura ayashika imiriyoni 500 z'amafaranga y'amarundi . Ivyo bikaba vyashikirijwe na Buramatari w’intara ya…
MB data ivyasaba muri kino gihe ngo nuko yosubizwa ivyo yanyazwe harimwo n'imbuga ngurukana bumenyi kuko ngo yakoresheje inguvu nyinshi kugira bikunde page ziwe ziduge ivyo none ariko abisaba bande? Nubwo mukuvuga…
Pamy Queen n'umuririmvyikazi twatanguye kumenya ari mu murwi w'abakobwa ba 2" the Queens" mu nyuma yaho twarabuze irengero ryabo ariko pamy Queen we akaba yarabandanyije asohora nubwo yacishamwo igihe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.